Home > Amakuru > Intwaro ibereye > Umukuru w’igihigu yahaye umubonano abahuza 13 bo muri Afrika
Umukuru w’igihigu yahaye umubonano abahuza 13 bo muri Afrika
Thursday 12 July 2018, by
Muvyo baganiriye n’umukuru w ‘igihugu , Abo bahuza basavye umukuru w’igihugu Pierre NKURUNZIZA kubashigikira kugira abahuza ntibafatwe nk’abarorerezi mw’ishirahamwe ry’ubumwe bwa Afirika ariko bashirwe mu rwego rushobora gufata ingingo.
Abo bahuza basavye kandi umukuru w’igihugu c’Uburundi gutahuza igihugu ca Tchad ibikorwa umuhuza aba ajejwe.
IGIHE