Accueil > Amakuru > u Burundi > Umukuru w’igihugu yagenye bamwe mu bagize urwego nshingwantwaro rwa OBDA na (...)
Umukuru w’igihugu yagenye bamwe mu bagize urwego nshingwantwaro rwa OBDA na ARCT
lundi 4 décembre 2017
Mw’itegeko inomero 100/225 ryo kuwa 29 Munyonyo, umukuru w’igihugu yagenye Nadine NDAYIZEYE kuba umunyamabanga w’urwego nshingwatwaro rwa OBDA, mu gihe Leonce NGABO nawe yagenywe kuba umwe mu bagize urwo rwego.
Mu rindi tegeko inomero 100/226 ryo kuwa 28 Munyonyo, umukuru w’igihugu yagenye Laurent KAGANDA ngo asubirire Eliane NIBITANGA yahora ari mu bagize urwego nshingwantwaro rwa ARCT.
MUGISHA Van Naris