IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Intwaro ibereye > Umukuru w’igihugu yashize ingori z’amashurwe ku cibutso c’incungu yo (...)

Umukuru w’igihugu yashize ingori z’amashurwe ku cibutso c’incungu yo kwikukira

Monday 2 July 2018, by vianney

Ibirori vyo kwibuka imyaka 56 Uburundi buronse intahe yo kwikukira vyitabwe kandi n’icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu ,icegera ca kabiri c’umukuru w’igihugu ,abaserukira ibihugu vyabo mu Burundi hamwe n’abandi.

Uburundi bwaronse intahe yo kwikukira kw’igenekerezo rya 1 mukakaro umwaka w’i 1962.


IGIHE

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.