Accueil > Amakuru > u Burundi > Umukuru w’igihugu yuguruye ikoraniro kaminuza ry’urwaruka
Umukuru w’igihugu yuguruye ikoraniro kaminuza ry’urwaruka
mardi 3 avril 2018
Ihuriro kaminuza ry’urwaruka ritunganijwe ku ncuro ya gatatu, ku murwa mukuru w’intara ya Gitega, ku civugo : « Kuzirika igihugu n’uruhara rw’urwaruka mu gutegura kubu kazoza keza no kugikunda. »
Hejuru y’abashikiranganji batandukanye, ba buramatari b’intara z’Uburundi, iryo koraniro ryitabwe n’urwaruka ruva mu ntara zose z’igihugu.
Iryo koraniro ryatanguye kur’uno wa kabiri igenekerezo rya 3 Ndamukiza 2018, bitegekanijwe ko rizorangira kuwa kane, igenekerezo rya 5 Ndamukiza 2018.
MUGISHA Van Naris
Messages
6 avril 2018, 10:37, par Niyukuri mukombozi
icogikorwa niciza kandi kirahimbaye kandi icondoca saba reta yuburundi nuko ayo makoraniro yoca akwiragizwa muntara nomumakomine none nibande ?barongoye ayo makoraniro ?none rije kudufasha iki twebwe urwaruka ? mutama yes akuje imbere