Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umukuru w’umugambwe APDR avuga ko biteguye kwitaba ibiganiro hamwe (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Umukuru w’umugambwe APDR avuga ko biteguye kwitaba ibiganiro hamwe (...)

Umukuru w’umugambwe APDR avuga ko biteguye kwitaba ibiganiro hamwe botumirwa

vendredi 23 février 2018

Gabriel BANZAWITONDE arongoye umugambwe APDR avuga ko inama iriko ihuza abakuru b’ibihugu vy’akarere ka Afrika y’Ubuseruko ishobora gutuma haba ibihinduka muri poritike y’Uburundi, ivyo navyo bikagira ingaruka k’ubutunzi bw’igihugu, kuko poritike itameze neza n’ubutunzi buca bugoyagoya.

Ku bijanye n’ibiganiro bihuza abarundi, Gabriel BANZAWITONDE avuga ko, ariwo muti, kandi bitegerezwa kubandanya aho vyobera hose, kuko ikibazo atari ikibanza vyoberamwo, ariko ikibazo ari icoganirwako.

Kubwa Gabriel BANZAWITONDE, mu mugambwe arongoye nta kizobuza ko bitaba ibiganiro hamwe batumiwe, nk’uko bamye bitaba mu gihe cose batumiwe.


MUGISHA Van Naris

Messages

  • Nibaza y’uko uwo avugira umugambwe APDR yabivuze atarumva ko Leta y’Uburundi yamaze gushikiriza ko Mkapa yamubwiye ko yahejeje akazi kiwe, ko na cheque bazamaze kumusinyira !

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.