IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Intwaro ibereye > Umukuru w’umugambwe UPRONA yagenywe kuba umuyobozi w’ishirahamwe rijejwe (...)

Umukuru w’umugambwe UPRONA yagenywe kuba umuyobozi w’ishirahamwe rijejwe kuvura abakozi

Monday 20 August 2018, by vianney

Itegeko ry’umukuru w’igihugu inomero 100/117 ryo kw’igenekerezo rya 18 Myandagaro umwaka wa 2018 rimenyeshako Abel GASHATSI agenywe kuba umuyobozi mukuru w’ishirahamwe rijejwe kuvuza abakozi.

Abel GASHATSI asubiriye Concolie NIBIGIRA yahora atwara iryo shirahamwe kandi akaba ariwe babisikanije mu kurongora umugambwe UPRONA.


IGIHE

Forum posts

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.