Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umukuru wa Sentare isubiramwo imanza ya Gitega ari mw’ibohero (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Umukuru wa Sentare isubiramwo imanza ya Gitega ari mw’ibohero (...)

Umukuru wa Sentare isubiramwo imanza ya Gitega ari mw’ibohero yasubirijwe

mardi 17 Ndamukiza 2018, par Egide NDUWIMANA

Iyo ngingo y’ugusubiriza uwo mukuru wa Sentare isubiramwo imanza ya Gitega ifashwe inyuma y’aho Sentare ntahinyuzwa yemeje ukugumizwa mw’ibohero kwa Thomas NTIMPIRANGEZA yahoze ari umukuru wa Sentare y’iyungururizo ya Gitega, ubu apfungiwe mw’ibohero rikuru rya Mpimba i Bujumbura.

JPEG - 29.7 ko
Thomas NTIMPIRANGEZA yahoze ari umukuru wa Sentare y’iyungururizo ya Gitega

Thomas NTIMPIRANGEZA yafashwe kw’igenekerezo rya 21 Ruhuhuma 2018, akaba yagirizwa ko yanyuruje isima yari yatanzwe n’ibiro vy’umukuru w’igihugu, kugira ikoreshwe mu kwubaka ikibuga c’umupira w’amaguru mu ntara ya Karusi.


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.