Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Urutonde rushasha rw’abakinyi b’INTAMBA bagiye kwitegurira inkino zibiri (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Urutonde rushasha rw’abakinyi b’INTAMBA bagiye kwitegurira inkino zibiri (...)

Urutonde rushasha rw’abakinyi b’INTAMBA bagiye kwitegurira inkino zibiri rwasohotse

vendredi 19 Rusama 2017

Urwo rutonde rwasohotse kuri uno wa kane igenekerezo rya 18 Rusama,umwaka wa 2017 rugizwe n’abakinyi 38 harimwo 30 bakina mu mirwi yo mw’ihiganwa ryo mu Burundi , hamwe n’abandi 8 bakina mu mahuganwa yo hanze.

Hari haheze indwi umumenyereza Olivier NIYUNGEKO ashize ahabona urutonde rw’abakinyi 35, bagizwe n’abakinyi 25 bakina mw’ihiganwa ry’Uburundi hamwe n’abakinyi 10 bakina mu mirwi yo hanze.

Abakinyi bakina mw’ihiganwa ryo mu Burundi ni:

1 . Nahimana Jonathan/Vital’o Fc
2. Mutombora Fabien / LLB S4a
3. Nininahazwe Bienvenu/ Messager Ngozi
4. Rugumandiye Yvan / Musongati Fc
5. Rukundo Onesime / Ngozi City
6.Harerimana Rachid Léon / LLB S4a
7. Ndaye Chancel / LLB S4a
8. Barisize Nassor / Olympic star
9. Ndizeye Samuel / Athletico Olympic
10. Moussa Omar / Athletico Olympic
11. Ndoriyobija Eric/ LLB S4a
12. Nshimirimana David / Vital’o Fc
13. Ndayisenga Franck Dunia / Musongati Fc
14. Ndikumana Trésor/ LLB S4a
15. Duhayindavyi Gaël / Vital’o Fc
16. Urasenga Cédric Danny Kagabo / Messager Ngozi
17. Hakizimana Djuma Tonton/ Athletico Olympic
18. Ntirwaza Sudi / Musongati Fc
19. Barirengako Franck / Musongati Fc
20. Sabumukama Enock / Messager Ngozi
21. Ndayishimiye Youssouf Nyange / Aigle Noir
22. Ndikumana Moussa / Athletico Olympic
23. Niyonkuru Pascal / LLB S4a
24. Ndarusanze Jean-Claude Lambalamba/ LLB
25. Nahimana Claude (Papa) / Athletico Olympic
26 . Ndizeye Seif Thomson / LLB S4a
27. Iddy Saidi Djuma Ballack / LLB S4a
28. Hakizimana Alexis Kitenge / Athletico Olympic
29. Ulimwengu Jules / Vital’o Fc
30. Habonimana Célestin Manyoka / LLB S4a.

Abakinyi bakina mu mirwi yo hanze ni :

1. Amissi Cédric : Clube Madeira/ Portugal
2. Ndikumana Selemani : Al Mesaimeer/ Qatar
3. Abdoul Razzak Fiston : Celtic Bloemfontein / Afrique y’Epfo
4. Nsabimana Frédéric : Jomo Cosmos / Afrique y’Epfo
5. Nizigiyimana Abdoul Karim : Gor Mahia / Kenya
6. Mavugo Laudit : Simba Sports club / Tanzanie
7. Nahimana Shassir : Rayon sport / Rwanda.
8. Kwizera Pierre / Rayon Sport - Rwanda

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.