Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umumenyereza w’umurundi Masoud Djuma ashora guhindura umurwi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Umumenyereza w’umurundi Masoud Djuma ashora guhindura umurwi

Umumenyereza w’umurundi Masoud Djuma ashora guhindura umurwi

lundi 12 Ruheshi 2017

Mu gihe Masoud Djuma yoba ariwe ashimwa n’Umurwi Mukura VS, uwo murwi usabwa kugura amasezerano y’imyaka ibiri yari asigaranye mu murwi wa Rayon Sport.

Umunyamabanga Mukuru wa Mukura VS, Niyobuhungiro Fidel, yamenyesheje ko gushika ubu ata mumenyereza n’umwe baravugana ku bijanye no kuja kumenyereza umurwi, ariko azomenyekana vuba.

Umumenyereza Masoud Djuma aheruka gufasha umurwi Rayon Sport gutwara igikombe c’ihiganwa ry’Urwanda naho nyene mu minsi ya nyuma yahagaritswe kumenyereza ikiringo c’indwi imwe.

Umumenyereza Ivan Minnaert yari amaze amezi atanu amenyereza Mukura VS agiye kumenyereza umurwi AS Kaloum Star wo mu gihugu ca Guinee Conakry.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.