Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umumenyereza yatumyeko abakinyi b’Intamba bitegurira kwakira (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Umumenyereza yatumyeko abakinyi b’Intamba bitegurira kwakira (...)

Umumenyereza yatumyeko abakinyi b’Intamba bitegurira kwakira Ethiopie

lundi 9 Ndamukiza 2018, par Egide NDUWIMANA

Imyimenyerezo y’ukwitegurira urwo rukino izotangura kuri uwu wa gatanu igenekerezo rya 13 Ndamukiza 2018, ku kibuga ca COTEBU, ariko abo bakinyi bakazoca babandaniriza imyimenyerezo mu ntara ya Ngozi, ahasanzwe hazokinirwa urwo

Abakinyi batumweko. Muribo, umunani ni ab’umurwi Aigles usanzwe umenyerezwa n’umumenyereza w’intamba mu rugamba Joslin BIPFUBUSA.

1. RUKUNDO Onesime (MESSAGER NGOZI)
2. KITENGE Arlly Tonton (BUJA CITY)
3. NDUWIMANA Haile Shalom (NGOZI CITY)
4. SELEMAN Moustafa (AIGLE NOIR)
5. MURYANGO Moussa (VITAL’O)
6. NDORIYOBIJA eric (LLB)
7. HAKIZIMANA Erithie (AIGLE NOIR)
8. NDIZEYE Eric (MUSONGATI)
9. BIGIRIMANA Ramadhan (AIGLE NOIR)
10. KAMANA Ismaïl (AIGLE NOIR)
11. NDAYE Chancel (LLB)
12. IRADUKUNDA Parfait ( MUSONGATI)
13. MBIRIZI Éric (BUJA CITY)
14. MURYANGO Mabano (AIGLE NOIR)
15. EZA Armel (NGOZI CITY)
16. NSHIMIRIMANA Jospin (DELTA STAR)
17. NSENGIYUMVA Rahim (MESSAGER NGOZI)
18. DJUMA muhamed (MUSONGATI)
19. KWIZERA Eric (LES LIERRES)
20. KANAKIMANA Bienvenue (AIGLE NOIR)
21. RAMADHAN Pascal (OLYMPIC STAR)
22. SHAKA bienvenue (AIGLE NOIR)
23. IRAKOZE Saidi (MUSONGATI)
24. MAVUGO Cedric titi (AIGLE NOIR)
25. MPISEMWONEZA Ladislas (MESSAGER NGOZI)


Egide NDUWIMANA

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.