Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umunyamabanga mukuru wa CNO asaba amashirahamwe kwitaba amahiganwa yo mu (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > Amahiganwa > Umunyamabanga mukuru wa CNO asaba amashirahamwe kwitaba amahiganwa yo mu (...)

Umunyamabanga mukuru wa CNO asaba amashirahamwe kwitaba amahiganwa yo mu karere

lundi 31 Mukakaro 2017

Lydia NSEKERA arongoye ishirahamwe ry’inkino mu Burundi CNO amenyesha ko ishirahamwe arongoye ritagenzura amafaranga y’amashirahamwe y’inkino, ariko rigenzura integuro zitangwa n’amashirahamwe.

Umunyamabanga mukuru w’ishirahamwe ry’inkino mu Burundi CNO yavuze ko ishirahamwe arongoye rifasha mu gihe co kurangiza amahiganwa,ariko ko mu gihe ishirahamwe ry’urukino ryitunganije neza, ishirahamwe mpuzamakungu ry’inkino CIO ririterera mu bijanye n’uburyo.

Umunyamabanga mukuru w’ishirahamwe ry’inkino mu Burundi CNO yemeye kandi ko mu ntumbero yo gufasha guhanahana amakuru, agiye gushiraho,umuhora w’ubuhinga bwa none w’ishirahamwe CNO.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.