Accueil > Amakuru > Poritike > Umurwi CENI washize ahabona imisni yo gutora ikarata iranga (...)
Umurwi CENI washize ahabona imisni yo gutora ikarata iranga uwutora
samedi 5 mai 2018
Nkuko biri mw’itangazo ry’umurwi CENI ryo kw’igenekerezo rya 2 Ndamukiza 2018, ryateweko umukono n’umukuru w’uwo murwi Pierre Claver NDAYICARIYE, ico gikorwa kizoba kuva isaha imwe n’igice mu gatondo, gushika isaha icumi n’imwe n’igice ku mugoroba.
Iryo tangazo, rimenyesha ko ico gikorwa kizokorwa n’abajejwe gutanga ayo makarata, bahagarikiwe n’abakozi b’imirwi itegura amatora mu makomine CECI, kandi kikagenzurwa n’abakozi b’umurwi utegura amatora mu ntara CEPI.
Amatora yo kwemeza canke guhakana ibwirizwa nshingiro ategekanijwe kw’igenekerezo rya 17 Rusama 2018.
MUGISHA Van Naris
Messages
5 mai 2018, 22:05, par inkona ntiyaruzwa as
Ni Ugutor Ego,turyemez Peeee.
6 mai 2018, 12:00, par Niyonkuru Léonard
n,abarozi bose biyemeje kuzotora " EGO "
7 mai 2018, 07:59, par SAL JEO
NIBIMUGA BIZOTORA EGO
7 mai 2018, 20:40, par BOSCO
NUGUTORA EGO
7 mai 2018, 21:25, par Révérien Nzitunga
Reka Gusa Hagere Twitore Ibwirizwa Nshingiro .Nigutora:ego.
7 mai 2018, 21:32, par Révérien NZITUNGA
Murakoze Namwe Asha Ndasubiyemwo Nigutoro:ego