Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umurwanyi wa FDLR yiyemerera ko yahora gutanga imyimenyerezo ku Mbonerakure (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Rwanda > Umurwanyi wa FDLR yiyemerera ko yahora gutanga imyimenyerezo ku Mbonerakure (...)

Umurwanyi wa FDLR yiyemerera ko yahora gutanga imyimenyerezo ku Mbonerakure za CNDD FDD

vendredi 3 Ntwarante 2017, par Egide NDUWIMANA

Igihugu c’Urwanda carakiriye kuri uwu wa kane abagabo batanu barimwo uwitwa Habimana Mbarimo, yahora ari umurwanyi akorera muri Congo wa FDLR (Front Démocratique pour la Libération du Rwanda), ariko ubu akaba yiyemerera ko yahora mu Burundi gutanga imyimenyerezo ku Mbonerakure z’umugambwe CNDD FDD.

Nk’uko yabibwiye wenyene ikinyamakuru KT Press, uwo Habimana Mbarimo ariyemerera ko yafashe ingingo y’ukwishikana mu gihugu c’Urwanda, kuko yabona ubuzima abayemwo mw’ishamba bumunaniye. Yashikanwe mu Rwanda aciye ku rubibe rwa Goma - Rubavu.

Uwo yishikanye avuga ko mu kwezi kwa Ntwarante umwaka w’2016, ari kumwe n’abandi barwanyi 50 ba FDLR, yarungitswe mu Burundi, mu bikorwa vy’ugutanga imyimenyerezo ijanye n’ubwicanyi hamwe n’ubugizi bwa nabi, ku Mbonerakure z’umugambwe CNDD FDD.

JPEG - 54.9 ko
Habimana Mbarimo

Habimana Mbarimo yabwiye ikinyamakuru KT Press ko uwo murwi w’abari barungitswe mu Burundi wigabuye kubera ukutumva kumwe inyungu bazokura mu bikorwa bari barungitswemwo.

Habimana Mbarimo avuga ko ari mu murwi wavuye mu Burundi, bahitamwo kwishikana ku gihugu c’Urwanda.


IGIHE

Messages

  • Yashatse inzira yogutahuka murwanda

  • Biraboneka ko yari yishikanye nyene. Nta kindi yari afise yisiguza cotuma abo yagomba kwishikanako batamuta mu gasho. Nta kundi yaragize nabi ko atavuze ivyo birego igihe intumwa za ONU zaza kuraba imirwi ya FDLR mu Burundi. Vyari kuba vyiza kandi cari kuba ikimenyetso ntamusiga ku birego u Rwanda rwari rwatanze. None ubu ni nk’ingunguru igaragara iriko irasamirana mu muyaga.

  • Ubundi imbonerakure n’interahamwe biragoye kubitandukanya the same Ideology, the same hate againest tutsis and moderate hutus in Burundi , mbese bahuje ku bintu byose byose.

  • Ubujuju burama.nagende iwabo kuwamutumye kumara Imbonerakure agasanga numururazi. Umuziha wokwigisha inka kuvyara? Uwo nuwananiwe nivyo kagame yamutumye. Mbega interahamwe ko zigorewe mwishamba zoza guforoma abarundi zibasumvya kugwana? Iyo ni imitwe. Kagame nimba agomba gutera Burundi naze tumuhaye Kaze turaziko aribwaribwa.

  • Vyaragaragara ko mwatanze imyitozo ku Mbonerakure. Kuko kurya gushahura abantu no gutamika abantu amazirantoke ntahandi vyazananye atari mu nterahamwe za FDLR zikorana na bamwe bamwe mu gipolisi no mu gisirikare. Mbonerakure uyo mwuga mwatoranye waravumwe kandi mukazowubandanya muzopfa mwangara nka Gahini. Murabaza abo bigisha banyu binterahamwe babacire agace ukuntu atawubaha n’irwere.

  • Yooooooyo Mufate Uwomugabo Mumufunge Uwo Mwicanyi Uwo Mumenja Ariko Aracafuza Uburund Ahubwo Nimumuzane Mumwerekane Uwo Mumenja

  • Ivyo turabizi ko FDLR iri mu Burundi, ndashimira leta y’u Rwanda,iyo izakuba ari DD yari kuba yamwishe,bravo le Rwanda

  • Yaco muba mubeshera uwo muturage yafatiwe ko inkota adendemba ibitarivyo.
    Imbonerakure ntizikeneye abanyeshamba bazimenyereza kandi abarwanye n’intagondwa zo muri Somalie buzuye muri ico gihugu.

  • Ahubwo uwo numusazi,mbe ahoyoza guforoma muburundi ntabahari bofiroma?ivyo urwanda ruri kurondera ivyo burega uburundi,ariko rurhenda,numwana yobona ko urwana arukumaramara kubera ivyabo vyoguhungabanya umutekano vyamenyekanye.

  • Murabesha basha mwe ba dd ivyomwakoze Imana izoja irabigaragaza. None ntibama bavuga ko nta Nterahamwe ziba mu burundi? None aha mwibaza ko atabandi bamaze gushikanwa mu Rwanda? igitigiri c’interahamwe zicungereye Peter kirazwi, iziri mu gipolisi zirazwi iziri mu gisirikare nazone zirazwi abishe abantu harimo abana 728 vyose birazwi kandi bitebe bitebuke Nkurumbi na Bunyoni be na Nyamitwe n’akarwi kanyu kose vyaramaze kumenyekana

  • Imana ntirenganya. Aho mwakabeshereye igihugu kibanyi c’u Rwanda ni kera none Imana itanguye kubaburanira kandi ukuri kuratsinda nukuri. None ntibiciye bigaragara ko ivyo u Rwanda rwamye rusemerera ko FDLR IRI MU burundi mukavyanka mubona atari ukuri?? None ikindi musigaje kuvuga nigiki? Murahumba abanyarwanda mwagandaguriye ubusa muzobabazwa kandi izo nterahamwe nizo ziriko zirabica.

  • NONE ABO BANDI BOBO BASIGAYE MU BIKI?

  • Uwo n’umubeshi. FDLR se isumvya ubumenyi n’inguvu igipolisi n’igisirikare vy’Uburundi. N’apfe yipfane, n’apfe nk’abagabo. Iyo myimenyerezo yabereye hehe? mu yihe province? mu yihe Commune? ku wuhe musozi? yahawe bande? Ryari?

  • MBEGIHUHA!! UKWO NUKWIHIMURA KUVYO BARIKO BARAFOROMERA IMAHAMA ? ICO KINYAMAKURU YAHAYE IYO NKURU KOBATAVUG,ABARI BAMUTUMYE? BASHATSE KUZIFOROMA MUBURUNDI HARABUZE ABOZIFOROMA?

  • MBEGIHUHA!! UKWO NUKWIHIMURA KUVYO BARIKO BARAFOROMERA IMAHAMA ? ICO KINYAMAKURU YAHAYE IYO NKURU KOBATAVUG,ABARI BAMUTUMYE? BASHATSE KUZIFOROMA MUBURUNDI HARABUZE ABOZIFOROMA?

  • Bamureka Kwambika Iceyi Uburundi

  • nibamaramare aba dd urunviryoterasoni abandi biga gutezimber igihugu nobobakigisha gucumutwe

  • Baneshye sha nawe wirire ku tudorari twu Rwanda

  • Uyu mugabo ndamuzi asanzwe ari umusoda w’u Rwanda. Kandi yavuye Congo dans les annees 2000. Ntibababeshye ngo atashye ubu kuko yageze mu Rwanda kera. Iwabo ni ku MULINDI-BYUMBA(Gicumbi)

  • nubukene bwamutumye kubeshango bamuhe utwafungura canke nububeshibwimpunzi zomugwanda ubukene butumavyinshi

  • Abanyarwanda ndabatwenze, umundu abahenda ndamwe mukemera!
    Kwigisha ngogukora ubugizibwanabi ngorogukora nabi?

  • Aba DD Bihaririza None Ntibiriko Birabatekurukana?

  • Muramubeshera sinyene yoza kwigisha ingene abarundi bubaka igihugu

  • yayaaa!!!!haaa!!! portik iraryanape!!!

  • Kubona leta ya nkurumbi ikoresha abasize bahekuye u Rwanda ntitwatinya kuvugako leta yu Burundi ari genocidaire ngayo nguko imibanire yibihugu byombi ishobora kuba ikirikure nkukwezi

  • Noneho nuwutazi ubwenge aca yumvako ivyo bama bavuga kuburundi ngo habaye ubwicanyi, ngo Leta ya CNDD-FDD yakoze ibi nabiriya sivyo kuko niho ikirondera abanyarwanda bizwiko ari karuhariwe mukwica ngo babigishe. Urumva zambonerakure bahora babeshera ko zica abantu sivyo kuko inkotanyi ninterahamwe ziracabigisha. Kira noneho nimba abanyarwanda ariwo mugambi mwihaye ntavyo bazomenya kuko ubwicanyi ntabwo buri mumuco wabarundi.

  • Naje Hiyo Uwo Musazi Ivyo Bavyita Kudedemba. Nimba Ari Motif Yurwanda Naho Nukuri Nikaribu Inzira Iraharuye Karibu Tuzobakira Ivyo Mwihenda Igihugu Kirakanura. Murazoza Tubavugutire Umuti. Pima Kwanza Muone Chamutema Kuni.

  • Yooo uyu mugabo nanjye nsanzwe muzi hano murwanda kuko turaturanye. Kandi birazwi ko asanzwe ari umu FdLR watashye nyuma agashyirwa munkotanyi . Yari asanzwe muri mission muri Kongo yo kwica abayobozi ba FDLR. Naho ibyo kuvuga ngo yabaga i Burundi ni amateshwa. Ahubwo iyo bavuga ko yatazoga M23 muri Congo.

  • UWO MUTAMUTWE ,ARASARA !!YACIYEHE AJA MUBURUNDI !
    AVA MUBURUNDI ASHIKA GOMA GUTE !!NATUBWIRE AMATALIKI!!
    NIGIHE YAMAZE MU BURUNDI!!YABAYE UMWIGISHA RYARI!!
    INZARA IKORESHA BIBI NGAHO NAKOMEZE AYOVYE ABANTU!!NDASABA ABAKOZI BIKI KINYAMAKURU KURABA NEZA ,IBITEKEREZO BITAMBUKA .IBIRIMO IBITUTSI BIGAHAGARIKWA.

  • Igihugu cyose kizacumbikira FDLR tuzakirwanya paka kuko ntamahoro cyoba gishakira u RWANDA interahamwe zinjiye muburundi turazizi zose ariko igihe cyabo ntikiragera, gasopo nabo barayizi ,vive le Rwanda.

  • IYO NINKOTANYI MURIBAMWE BAROTA IHONYABWOKO KUBURUNDI NKIRYOBAKOZE IWABO NIBATESHWEBATE NTANYUNGU YUGUSESA AMARASO

  • inzara ni mbi! aho ntiwokwigumya utarinze guta wakuba!
    Mbe yabonye ko ariwe azi imyitoza ya gisirikare gusumvya abarundi? niyemang’ivyo yasize akoreye abatutsi i rwanda yoye kubicisha ku barundi.

  • burya ujamwishamba utazi ukahac inkoni utaz.kuki urwanda na kagome wagwo bagez mri politiq yububeshi ? babony kovyas nkako imber yimanga harImana.amaraso yabarundi kagome ntiyoyahez naho yar yagragej akibagir kwIMANA ikunda Uburundi.Nasubir ahend louis michel,jamal benomar nutundi dupfu twibaz ngo nickel yUburundi niyamaraso yinzirakarengan binywera uko bashak.génocide nimba arumutah nibigumiriz.nihahangame ingoma ya sebarundi umugabo atagirubwoba nyenicubahiro Petero NKURUNZIZA.komera mutama urinabiwanyu abakuririye papa wawe mu72 hageze cvr ibagaragaz.nzemera urwanda korushoboy nigwarenga kanyaru atari uguhenda abatutsi biburundi ngobiyahure maz ihonyabwoko rib ururirimbo kagom arab koyotora akabir mumaraso yabatutsi benewacu.nubwo mubatwankanisha tuzobakunda kand turiteguriy gupfira hamw nabo tugwanira la terre promise,Israel africaine le BURUNDI.

  • burya ujamwishamba utazi ukahac inkoni utaz.kuki urwanda na kagome wagwo bagez mri politiq yububeshi ? babony kovyas nkako imber yimanga harImana.amaraso yabarundi kagome ntiyoyahez naho yar yagragej akibagir kwIMANA ikunda Uburundi.Nasubir ahend louis michel,jamal benomar nutundi dupfu twibaz ngo nickel yUburundi niyamaraso yinzirakarengan binywera uko bashak.génocide nimba arumutah nibigumiriz.nihahangame ingoma ya sebarundi umugabo atagirubwoba nyenicubahiro Petero NKURUNZIZA.komera mutama urinabiwanyu abakuririye papa wawe mu72 hageze cvr ibagaragaz.nzemera urwanda korushoboy nigwarenga kanyaru atari uguhenda abatutsi biburundi ngobiyahure maz ihonyabwoko rib ururirimbo kagom arab koyotora akabir mumaraso yabatutsi benewacu.nubwo mubatwankanisha tuzobakunda kand turiteguriy gupfira hamw nabo tugwanira la terre promise,Israel africaine le BURUNDI.

  • Ubwo Nububeshi Ugwanda Na Kagame Bagomba Kubeshera Uburundi

  • Icontagishasha kirimwo dusazwe tubizi yuko hano mu Burundi kwabanyamahanga bariho bakora icogikorwa cokwigisha imbonerakure kwica.

  • Ntakundi wovuga warafashw mpiri.nn se muburundi ntabigisha ivyagisirkare bariyo?uheza guhemuka ibigori bikera.

  • ukwo imana yakomeje yanze guheba abayo niko itazemera igihugu ciburundi kirenganya nareke kubesha guko uburundi burasoboye ntabyo bigeze biyambaza urwanda ahubwo nareke kutwanduriza igihugu .urugero twarufatira kuri independance ukwo batwiyambaje .ntaho tuzigera tubasaba ,navuge ibindi

  • @Burikukiye!wikukiye kuba u Burundi ari igihugu canyuma gikenye?mugaburirwa umuceri wimishwi y’aba Chinois?cholera?umucafu?

  • @bwarikukiye nkubaze wowe u Rwanda rwarenga kanyaru rujya muburundi gushakayo iki haricyo rwahabitse rujya gushakayo ? Ahubwo uburundi rufite ibyo rushaka mu Rwanda rukaba rumaze imyaka 2 ruvuza vuvuzela rumokera aho ruri rwazayambutse rukagera byibuze kukanyaru tugahita dusiba uburundi kwi carte yisi byihuse mwe wajinga sana

  • Fdl kwari bitumwako muvyagisrikare aho yoba yarafashe nihe? Kagama protiqe yamiminaniye urigukora ivyo nuruhinja rutokora subiza inkota mugubati bitaruko naho iraguhitana.

  • ikinyoma kimara umusi ntikimara umwaka nareke kubeshera uburundi

  • Ndabasavye mupfe nkabagabo mureke kuba imbw,ico kinyoma ntikibaho,mb iy interview watanz ur inyum yikintu cirabur ntubn k iguhinyiza.Abanyafrika turacafish agatimatare kwl,ub nih yibuts k yatanz inyigisho?ay mahera urik urary kugir ng ubesher aband ntac amaz!!!!

  • Nibigaragara Abanyamahanga Bariho Bariko Bigish Ubwicanyi Ahubwo Natubwire Abandi Aho Yabasiz Aba Dd Bamaramare

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.