Accueil > Amakuru > Ubutungane > Umushikiranganji Emmanuel Niyonkuru yaraye agandaguwe
Umushikiranganji Emmanuel Niyonkuru yaraye agandaguwe
dimanche 1er Nzero 2017, par
Umushikiranganji w’amazi, ibidukikije, amatongo no gutunganya ibisagara Emmanuel Niyonkuru yaraye agandaguwe muri iri joro igihe c’isaha 00h45 ariko arinjira muhira iwiwe.
Mwomenyako umupfasoni barikumwe nawe yafashwe n’inzego z’umutekano kumvo zamatohoza.
- Umushikiranganji w’amazi, ibidukikije, amatongo no gutunganya ibisagara Emmanuel Niyonkuru yaraye agandaguwe
IGIHE
Messages
1er Nzero 2017, 08:31, par Mob
Mpole sana umutekano ntawo
1er Nzero 2017, 08:34, par Mob
Sasaba zijoro yavahe?
1er Nzero 2017, 08:43, par Richari
Non Bamuhoy Ik?Bamugandaguye Ataco Bamuziza?
1er Nzero 2017, 08:50, par KIRIJANA
ARIKO MWEBWE MUKIRI MWIYONZIRA MWO YIVUYEMWO IVYO MUGIRA BIZOBACHIKAHE EREGA UKOWICHE NIKO NAWE UPEA
1er Nzero 2017, 08:50, par KIRIJANA
ARIKO MWEBWE MUKIRI MWIYONZIRA MWO YIVUYEMWO IVYO MUGIRA BIZOBACHIKAHE EREGA UKOWICHE NIKO NAWE UPEA
1er Nzero 2017, 09:11, par KARISA
UWOMUGORE.YARIUWE
1er Nzero 2017, 09:29, par Mob
Ngirango barashaka kwereka nkurunziza ko umutekano yirirwa araririmba nabambari be ko ntawoooo
1er Nzero 2017, 09:42, par J.m.v
Muburundi umutekano ni wose...hahahahaha ngo muzotumesa . Muzabanze mwimese mu mitwe yanyu kuko halimo uburwayi.
1er Nzero 2017, 10:06, par Kararuza
Hhaahhh Nkulikiye ko yatevye kuvyegeka k’u Rwanda?
1er Nzero 2017, 10:12, par Claude Bigirimana
Ntakundi Ntawuhariza Urupfu Ikibi Nugupfanabi
1er Nzero 2017, 10:13, par Claude Bigirimana
Ntakundi Ntawuhariza Urupfu Ikibi Nugupfanabi
1er Nzero 2017, 10:16, par Adolphe Nshimirimana
Amahoro araganje m Burundi,Nkulikiye na Willy Nyamitwe ko bata dedemba ayamuhe,hama ngo abanyagihugu baratekanye,Peter arabamara sha
1er Nzero 2017, 11:09, par Lili
Umutekano ni wose mu gisagara no mu gihugu hose. Hahahaha ibigambo bya kiliya kirofa ngo ni nkurumbi bitera iseseme .ngo impunzi ni zitahe. Ngo abanya rwanda tuzobamesa . Ubugoryi bwanyu numurage.
1er Nzero 2017, 11:26, par nzovu
@Mob
Guess who is next.
1er Nzero 2017, 11:54, par Mokobozi
Nukumesana ubu mwebwe nyene uyo ni bunyoni ntawundi
1er Nzero 2017, 12:15, par Pontien
Pole Sana. Umuryango Wiwe Niwihangane,ariko Umukenyezi Wiwe Bamurek Aje Kuraba Abana.Leta Niko Amatohoza Yihuta Kand Atagira Amahinyu Kugira Ukuri Kuj Ahabona!
1er Nzero 2017, 12:28, par Uwimana celestin
non boba bamuhoy politik
1er Nzero 2017, 13:00, par Nema
Abarundi Mwatoranye Umwuga Mubi ! None Izo Sintumwa Za Kagame Kweri ? Mbega Ho Kobagomba Gutwara Babanje Kumara Abanyagihugu None Nibafata Nya Butegetsi Bobo Barotwara Borohewe ? Aho Jewe Mbona Ko Bariko Bakori Vyaha Vyubusa Ngira Ntibazotaha Muburundi !!
1er Nzero 2017, 13:01, par Nema
Abarundi Mwatoranye Umwuga Mubi ! None Izo Sintumwa Za Kagame Kweri ? Mbega Ho Kobagomba Gutwara Babanje Kumara Abanyagihugu None Nibafata Nya Butegetsi Bobo Barotwara Borohewe ? Aho Jewe Mbona Ko Bariko Bakori Vyaha Vyubusa Ngira Ntibazotaha Muburundi !!
1er Nzero 2017, 13:02, par tonto
ndumva atari imvo za politique!barabe ko atangorane yarafitanye numutambukanyi we!
1er Nzero 2017, 14:13, par coby
Umutekano uruzuye mu gihuguðŸ˜
1er Nzero 2017, 14:30, par athanas
Nukuri birababaje abantu bicana barutwa na basazi ariko kandi abategetsi ntibakwiye kuvuga kw’amahoro arintangere.erega hapfuye nkumushikiranganji hagapfa general igihugu kibagihomvye cane ubwicanyi nibuhagarare habe ibiganiro bidakumira bishika kumuti urama,ivy’amajamboy’umukazo mubategetsi bihagarare kuneza y’igihugu ivyo kwiyumvira mandat4 bihagarare naho bivurwa komandat itaribwa gusa nuko iriye benshi.burya hatabaye kumvikana babiri batatu bazonona vyinshi
1er Nzero 2017, 14:38, par buga
muramana
1er Nzero 2017, 14:45, par Alain Nyabenda
Mukanya Nkurikiye arigirisha igihugu c’u RWANDA.
1er Nzero 2017, 15:44, par JEAN
HAPFUYE EMANWEL BAMANWEL BARASIGAYE .
1er Nzero 2017, 16:51, par nibara
Reka baje barabarabira, nn lo batabumbwa numugore umwe, Aho usanga yahora abesha ngo aba seu mu ma Missions, ewe Mwami Yesu dutabare. Nabameze nkaw badahindutse barinyuma ye !!
1er Nzero 2017, 16:58, par JUMA
Ewe pita uzopfa nka gahini.eka nabantu bamushigikiye bazopfa ukonyene.
1er Nzero 2017, 17:23, par Mukristumurugendo
Jewe ntangazwa nabirirwa basabiriza bongera bipanga barondera ukwobokwica umuntu ngokugira vyitweko atamutekano muburundi uhari!!!
Ivyo rero bija muyindinzira yitwa ubugizibwanabi nkakurya umugabo canke umugore yosimbira kuwobobakanye aharyamye akamwica ivyonavyo vyomvikana mugihugu kumuntu yapfuye yishwe ariko ntiba arintambara canke umutekano wahungabanye nivyorero nicokimwe.
Umutekano guhungabana ninkacagihe haza igitero muntara ya Cibitoke, Kayanza, nokumakambi yabasoda harya umutekano wariwahungabanye kandi iyovyamara nkimis 7 vyacabiva muguhungabana kwumutekano bikitwa intambara.
Abafise rero ama plbilisiti bashaka kurenganisha nobasaba kwirinda kuyakorera mukwica umuntu kuko ingaruka vyasebikunze nizibi muburyo bubiri ushobora kuzofatwa ugahanwa nubutungane bwoy’Isi,
Canke ukabona kobatakumenye ariko ukazohura nibindibihano abantu batamenya kuzize amabiwakoze ukagurwako ninzu canke ukagongwa nimodoka ugapfa canke ukamugara , umva ntamahoro yumuntu wese agira uruhare mukwica ntihazogire uwuzokwiyorohereza.
Nkubu nobabwirako mumisi ntazi irimbere harabantu bagomba kubura ahobashoborakuba mpaka bashikirijwe ubutungane ego sibeshicane ariko sibake ikizogutangaza hariho abazokwambikwa izera abandinabo bahanwe kandibose barimumurwi umwe wogukora amabi , impamvu Imana niyo izizi ariko hobaharimwo uwimisiyiwe ibayarangiye yimbabazi kuko mumenyeko umuntuwese ariho kubwokubera imbabazi z’Imana nicogituma tuvugako Imana icicaye kuntebe yimbabazi tukongera tukavugako iyontebe niyayihagurukako bizobabirangiye nukwonye amabiyose murayakora mukibaza kwimara ihuyenamwe hahaha Imana ninyirimbabazi kandi yihanganira abakora ivyaha iteba kuraka Imana ndiyihenda.
Mbemurazi impamvu abantu baribazwi nkibihangange mwiy’Isi bagiye bashira nkifu yimijira?
Bavukanyi mwihane kuko ubwami bwomw’Ijuru burihafi, kandi hariho uburihafi bwikivunga kubantubose barikwy’Isi, nubugenda bubahafi kumuntu umwumwe imbereyuko ubwobwami bwikivunga buzoshika.
1er Nzero 2017, 17:28, par mob
Yes nzovu,next is nkuru...
1er Nzero 2017, 20:07, par KIREMA KAYANZA
MUKAMA GARUKIRA UBURUNDI BWACU , UWO NAWE BAMUHOYIKI? UWO MUMAMA NIBAMUREKURE ARIRIRE UMUGABO WIWE , YISANGIRE URUGO ! IMANA IMWAKIRE MUBWAMI BWAYO !
1er Nzero 2017, 20:34, par karuranga fred
ahaaa!)))!!! Ibyi I burundi birenze ibyo kwa Pepe Kare ,,,,,
1er Nzero 2017, 21:10, par Vivi
Umutekano urakwiye. ntangorane nomubindibihugu abantubarapfa !!!
1er Nzero 2017, 21:59, par Minani Willington Kazuba
Jamani Jamani Inasikitisha Mwenyezi Mungu Umuraze Mahari Pema Peponi
1er Nzero 2017, 22:24, par 61131275
biratangaje kwumva kwamahor ari kirenga mugabo abantu bakaguma bica kamwekamwe non iherezo.Niryahe kubundi mana tabara turarushe
2 Nzero 2017, 07:21, par Agnès
Non yazizik?
2 Nzero 2017, 08:21, par Adelin Mpawenimana
Ntakundi Imana Imwakire Mubwami Bwayo Akonikagasotoro Kwurwanda Rutwanka
2 Nzero 2017, 09:55, par Abdul Hakim
Abamwishe Ndabafata Nkintovyi.Uwonukenyuro Wokwereka Amakungu Ko Atamutekano Uri Mu Burundi. Ariko,bamenyeko Icutifuza Gukorerwa Ntukigirire Uwundi.
2 Nzero 2017, 10:32, par bobo
ntakundi ko aribo bashizeho nkurumbi umumenja
2 Nzero 2017, 12:27, par Alice Irumva
None yari kumwe numugore atari uwiwe ayo masaha? Nicaha ,Imana yamuhanye yari mu kurenga ibigo!Nukuraba neza, nuko tubonye iyo nkuru idatomoye neza ngira baratubwira hanyuma!Azoba apfiriye muvyaha vyinshi kweli!
2 Nzero 2017, 14:15, par innocent
niko bimeze mpojj umuryango wabuze
2 Nzero 2017, 14:46, par amakuru
amakuru.emanuer
2 Nzero 2017, 14:54, par niyonkuru
none.twofatako yobayishweniki
2 Nzero 2017, 18:23, par Ndayishimiye Claude
Ewe Uburundi Burahanzwe .Mana Tugarukire Ubwicanyi Bugabanuke Nkubwo. Turahojeje Umuryango Wiwe .
2 Nzero 2017, 20:19, par xy
ndahojej umuryango wa buze!
2 Nzero 2017, 21:35, par Rwasa
Kwer bogezah ?turabuze kwer muburundi incabwenge zitarink. Turahojeje umuryango.
3 Nzero 2017, 09:30, par Proud to be rwandan
Umuvugizi wa polisi y’Uburundi Nkurukiye ko yibagiwe kutubwira ko ari u Rwanda ra kandi ejobundi koroneri Baratuza yaratangaje ko umutekano wuzuye hagati mu gihugu no kumbibi zacyo?
3 Nzero 2017, 10:36, par Nzeyimana John
None umushikiranganji muzima amasaha nkayo yaravuye hehe numugore atari narwiwe?, murabe neza yoba yarashwe nuwo yari yivye umugore. Cakabiri mbega nikuki yatembera arumwe atabasoda afise bokumucungerera umutekano?,jewendibaza yari yanse koyomenyekana kwarara mubagore babandi. Abiwe barihangana icumuntakora nico kimuhitana, uwomugore akwiye kurekurwa atakirize gusabwa.
4 Nzero 2017, 21:49, par JONAS NIYOMAHORO
IVYO ARI VYO Vyose Emmanuel Apfiriye Mubo Bisangiy.Ariko Impera Nimperuka Ukuri Kuzoja Ahabona.Uwanyoy Amaraso Wes Azoyadahwa