Accueil > Amakuru > u Burundi > Umushikiranganji w’ukwivuna abansi w’Uburundi yatanze intererano (...)
Umushikiranganji w’ukwivuna abansi w’Uburundi yatanze intererano y’amatora
vendredi 17 Munyonyo 2017, par
Amafaranga imiriyoni zibiri z’amarundi niyo Emmanuel NTAHOMVUKIYE yatanze mw’ibanki nkuru y’igihugu (BRB) kuri uwu wa gatanu.
Umushikiranganji w’Uburundi ajejwe kwivuna abansi akaba yahamagariye n’abandi basirikare b’Uburundi kugira nkawe, baterere amatora yimirije mu Burundi.
Egide NDUWIMANA
Messages
19 Munyonyo 2017, 04:26, par Busurahende
Umushikirangaji wo kwivuna abansi wa bandia (mu Giswahili). Aho gushiramwo za mpuzu za camouflage ngo atwereke amapete n’imidari yakuye ku rugamba agenda gutwara igisirikare yambaye nk’uwavuye muri Africa y’Uburengerazuba. Uwo arutwa n’umukaporali. Wumva abo yateye akamo bomwumvira gute?