Accueil > Ubutunzi > Uburimyi > Uwahora ari umuyobozi w’uburimyi i Bubanza yagirizwa ubunyonyezi
Uwahora ari umuyobozi w’uburimyi i Bubanza yagirizwa ubunyonyezi
dimanche 16 Ndamukiza 2017, par
Jean Paul BARUTWANAYO yahora ari umuyobozi ajejwe uburimyi n’ubworozi mu ntara ya Bubanza apfungiwe mw’ibohero ryo ku Mpanda kuva ku munsi wa kane w’iyi ndwi.
Uwo yahora ari umuyobozi w’uburimyi apfungiwe hamwe n’umufundi w’indimo(Agronome) wa komine Mpanda.
Bompi bagirizwa ko banyuruje ifumbire ya kijambere yari igenewe guhabwa abarimyi.
IGIHE
Messages
16 Ndamukiza 2017, 15:07, par Sylvestre
Abonibobatuma Igihugu Kidaterimbere! Nibarondere Nomuyandi Makomine Yose Mugihugu Cose Ntamwonguburisato Ibidahizwe.
16 Ndamukiza 2017, 17:10, par JOEL
IYABA UMUNTU AZI IBIZOKURIKIRA NTAVYOBARI KUGIRA ABANDIBAMEZE NKABO NIBABANEREHO AKARORE MUGABO IMANA NTIKORA NKABANTU HANBAVU YIBIDUKORA MWISI NAMWIJURUTUZOBIBAZW
16 Ndamukiza 2017, 18:28, par Sylvestre
Nibarondere Nomuyandi Makomine Yose Yomuburundi Ntamwonguburisato Ibidahizwe.
16 Ndamukiza 2017, 23:34, par Wakera
Ko badapfunga igisuma gikuru civye ubutegetsi???
17 Ndamukiza 2017, 08:50, par Ntakirutimana AL Joel
Haaaaaa, mbegibisuma kovyarwiriye hano muburundi bisigaye bingana numusenyi wokukiyaga!, murireta niho vyiraye none kobidakomakomwa? uwo nimba aibindi bapfa.
17 Ndamukiza 2017, 16:26, par Cobla
Wakera Warabuze Ihero Ryumuti Ariko Uzoteba Uwuronke Mbe Uwo Wagiriza Ngo Yarivye Ubutegetsi Ninde None Ari Kwisonga Yomupfunga Kowigira Agahambaye Nawe Urabumutwara Ucumupfunga. Bureka Kwitwenga Abagutwenga Ntibabuze.
17 Ndamukiza 2017, 16:26, par Cobla
Wakera Warabuze Ihero Ryumuti Ariko Uzoteba Uwuronke Mbe Uwo Wagiriza Ngo Yarivye Ubutegetsi Ninde None Ari Kwisonga Yomupfunga Kowigira Agahambaye Nawe Urabumutwara Ucumupfunga. Bureka Kwitwenga Abagutwenga Ntibabuze.
18 Ndamukiza 2017, 06:26, par mzoyihera intagoheka
Wakera avugishukuri kuri nkukurima, igisuma akaba numukuru wibisuma ni Nkurunziza kuko yizigitiriye kubitamukwiye, nicogituma yi twa umukuru wabasuma.