Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Uwahoze ari umukuru w’igihugu wa Bresil yaciriwe gupfungwa imyaka (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Uwahoze ari umukuru w’igihugu wa Bresil yaciriwe gupfungwa imyaka (...)

Uwahoze ari umukuru w’igihugu wa Bresil yaciriwe gupfungwa imyaka 12

jeudi 5 Ndamukiza 2018, par Egide NDUWIMANA

Iyo ngingo yafashwe na Sentare ntahinyuzwa y’ico gihugu, ishobora gutuma Luiz Inacio Lula da Silva atazosubira kwitoza mu matora y’umukuru w’igihugu yo mu kwezi kwa cumi 2018, mu gihe bivugwa ko yari afise amahirwe menshi yo kuyatsinda.

Uwahoze ari umukuru w’igihugu Lula da Silva yari yarunguruje urubanza rwiwe, ariko igihe hariko humvirizwa urubanza rwiwe, abacamanza bari bashashe banse ku majwi atandatu kuri atanu ko yoguma yidegemvya.

JPEG - 105.8 ko
Luiz Inacio Lula da Silva, yahoze ari umukuru w’igihugu ca Brezil

Oscar NDAYISHIMIYE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.