Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Uwahoze arongoye sentare y’iyungururizo ya Gitega yasubiye kurenguka - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Uwahoze arongoye sentare y’iyungururizo ya Gitega yasubiye kurenguka

Uwahoze arongoye sentare y’iyungururizo ya Gitega yasubiye kurenguka

vendredi 13 avril 2018

Thomas NTIMPIRANGEZA yahagaritswe yagirizwa kwakira igiturire kugira arekure abagirizwa kwiba isima yariko ikoreshwa mu kwubaka ikibuga c’inkino co mu ntara ya Karusi.

Abafasha Thomas NTIMPIRANGEZA kuburana, basaba ko yorekurwa, kuko abacamanza batashoboye kwerekana ko yagirwa n’icaha.

Thomas NTIMPIRANGEZA yafashwe kw’igenekerezo rya 21 Ruhuhuma 2018, akaba yagirizwa ko yanyuruje isima yari yatanzwe n’ibiro vy’umukuru w’igihugu, kugira ikoreshwe mu kwubaka ikibuga c’umupira w’amaguru mu ntara ya Karusi.


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.