Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Vestine Anrison yasohoye video ya "Freedom" muri Yesu - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Vestine Anrison yasohoye video ya "Freedom" muri Yesu

Vestine Anrison yasohoye video ya "Freedom" muri Yesu

vendredi 27 Gitugutu 2017, par Egide NDUWIMANA

Ururirimbo "Freedom" rwakozwe mu mudiho wa Raggae n’umuhinyanyuzi Amir Pro, amasanamu agakorwa na "Grand Pictures", rwaraye rusohorewe amasanamu. Urwo ruririmob ni rumwe mu ndirimbo zitari nke amaze gusohora no gukorera amasanamu. "Freedom" kandi nirwo ruririmbo rwatwaye izina ry’urukurikirane rwa mbere rwa Anrison.

Tubibutse ko Vestine, aririmba za ndirimbo zihimbaza Imana "Gospel", aho amaze kuronka n’agashimwe k’umuririmvyikazi muri ico gisata. Ubu naho Vestine ari mw’ihiganwa ry’Isanganiro Awards.

Muri iryo higanwa, afisemwo indirimbo zibiri : "Vuga" (rwakunzwe cane) na "Freedom" rwatwaye izina ry’urukurikirane.

Ururirimbo "Freedom"


Cherif NKESHIMANA

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.