Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Zambia: Umukuru w’igihugu yatangaje ko igihugu kiri mu bihe bidasanzwe - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Zambia: Umukuru w’igihugu yatangaje ko igihugu kiri mu bihe bidasanzwe

Zambia: Umukuru w’igihugu yatangaje ko igihugu kiri mu bihe bidasanzwe

jeudi 6 Mukakaro 2017

Edgar Lungu yamenyesheje ko uwo muriro n’ibindi bikorwa bibi nk’ivyo vyibazwa ko vyakozwe n’ibigirankana, ari ibikorwa vyo kubangamira ubutunzi kugira igihugu ca Zambia ntigitwarwe neza.

Abatavuga rumwe na Reta ya Zambiya barahakana ivyavuzwe n’umukuru w’igihugu, bagasigura ko ari imvo zo gutuma umukuru w’igihugu abandanya gutwaza umukazo.

Isoko izwi kw’izina rya “City Market “ yahiye mu gatondo ko ku munsi wa kabiri igenekerezo rya 4 Mukakaro 2017, ibidandazwa vyose bikaba vyarahiye biratokombera


Vianney BIKORIMANA

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.