Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Zimbabwe : Umunyamerikakazi yahagaritswe yagirizwa gutuka umukuru (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Zimbabwe : Umunyamerikakazi yahagaritswe yagirizwa gutuka umukuru (...)

Zimbabwe : Umunyamerikakazi yahagaritswe yagirizwa gutuka umukuru w’igihugu

samedi 4 novembre 2017

Martha O’Donovan yanditse tweet zibiri avuga ko igihugu ca Zimbabwe gitwarwa n’umugabo w’ ingunge kandi adakomeye neza,iyindi ikavuga ku gisizimwe.

Amakuru dukesha iradiyo y’abongereza BBC avuga ko Martha O’Donovan we ahakana ivyo yagirizwa.

Umukuru w ;igihugu Robert Mugabe yaheruka gushiraho umushikiranganji ajejwe gukurikirana ibica ku mirongo ngurukanabumenyi.

Abantu baharugwa mu bihumbi baheruka gupfungwa muri yi myaka ya vuba, hisunzwe itegeko ribuza kunegura umukuru w’igihugu ca Zimbabwe.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.