Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Zimbabwe: Uwakuye Robert Mugabe yinjiye mu mabanga y’ icegera c’umukuru (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Muri Afrika > Zimbabwe: Uwakuye Robert Mugabe yinjiye mu mabanga y’ icegera c’umukuru (...)

Zimbabwe: Uwakuye Robert Mugabe yinjiye mu mabanga y’ icegera c’umukuru w’igihugu

Thursday 28 December 2017, by Jean De Dieu

Igenwa ry’ivyo vyegera vy’umukuru w’igihugu ryari ry’itezwe kumugwa mukuru Harare kuva aho Generari Chiwenga aviriye mu gisoda, akagenwa kuba icegera c’umukuru w’umugambwe.

JPEG - 39.8 kb
Constantino Chiwenga

Inyuma y’imyaka 15 ari umukuru w’igisirikare ca Zimbabwe, akaba n’umugenzi ashika wa perezida Emmerson Mnangagwa, yahisemwo gukura Robert Mugabe ku burongozi bwa Zimbabwe.

Igenwa ry’iwe ku kibanza c’icegera c’umukuru w’igihugu vyerekana ko igisirikare gifise inguvu nyishi muri reta nshasha ya Zimbabwe, kukaba nkakwo, Emmerson Mnangagwa akesha ubutegetsi igisirikare.

Abandi basoda bashizwe muri reta nka generare Perrance Shiri n’abandi batari bake


IGIHE

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.