Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Zinedine Zidane yatanze imihoho mu kumenyereza Real Madrid - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Zinedine Zidane yatanze imihoho mu kumenyereza Real Madrid

Zinedine Zidane yatanze imihoho mu kumenyereza Real Madrid

jeudi 31 mai 2018

Mu kiganiro kitari citezwe yatanze ku bamenyeshamakuru,ari kumwe n’umuyobozi wa Real Madrid Florentino Perez, Zinedine Zidane yavuze ko yafashe ingingo yo kutabandanya amenyereza umurwi Real Madrid, mu mwaka uza.

Zinedine Zidane asezeye Real Madrid, mu gihe yaheruka kwandika amateka mu rukino rw’umupira w’amaguru ku mugabane wa Buraya, mu gutahukana igikombe c’ihiganwa rihuza imirwi yabaye iya mbere mu bihugu vyayo, ku ncuro zitatu zikurikirana.

Mu kwezi kwa mbere 2018, Zinedine Zidane yari yongereje amasezerano yo kumenyereza umurwi Real Madrid, gushika mu mwaka wa 2020.


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.