Accueil > Amakuru > u Burundi > Abadandaza bo mu karere ka Afrika y’ubuseruko, bagiye gukora (...)
Abadandaza bo mu karere ka Afrika y’ubuseruko, bagiye gukora borohewe
jeudi 7 Ruhuhuma 2013
Kuva muri Ndamukiza 2013, abadandaza bo mu karere ka Afrika y’ubuseruko, bagiye gukora borohewe, kuko hari amafaranga ibidandazwa vyabo vyakuweko ikori igihe bijabutse imbibe ziri mu karere.
Ivyo ni ivyavuye mu nama igira icenda, y’umugwi ushinzwe kworohereza ubudandaji mu karere.
Nk’uko bimenyeshwa n’umuyobozi ashinzwe imigambi mu gisata c’amakori OBR Leonce Niyonzima, ngo iyo nama yari ihagarikiwe n’ishirahamwe mpuzamakungu riraba ivy’amaduwane.
Marie Claire Ingabire