Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Impamvu zituma abagabo b’abirabure bahitamwo gusohakana n’abazungukazi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Urukundo > Impamvu zituma abagabo b’abirabure bahitamwo gusohakana n’abazungukazi

Impamvu zituma abagabo b’abirabure bahitamwo gusohakana n’abazungukazi

mercredi 26 Ruhuhuma 2014

Abantu benshi, cane cane bakora mu mazu yakira ingenzi "Hôtel", bavuga ko naho abagabo b’abirabure badahitamwo abagore b’abazungu, bakunda gusohokana nabo mu gihe co kwiryohera kurusha ukwo bahitamwo abirabure bene wabo.

Nkuko tubikesha ikinyamakuru La Scandaleuse, hari bimwe mu vyashizwe ahabona bitera abagabo birabura guhitamwo abazungu, nk’uko vyagaragajwe n’uwitwa Gold Digger.

10. Abazungukazi bakundirwa imishatsi yabo itagorana, igatuma birekura ku bakunda kwoga. Mu gihe abirabure bata umwanya barwana n’uko imishatsi igoye kuvamwo amazi bagaheza rero ntibiteho uwo basohokanye. Uko kwisanzura kw’abazungukazi rero ngo kuraryohera abagabo.

9. Abazungukazi ntibakunda kwishura cane iyo umugabo ababajije. Iyo umugabo agize ico amusaba cane cane amutegeka, umugore ntahakana mu gihe abirabure bateba kwemera. Ariko ibi si ku bazungukazi bose.

8. Kwerekana (présenter) umuzungukazi ku bantu b’incuti vyorohera umugabo kurusha kwerekana umwiraburakazi, kuko aba bo hari naho bavyanka canke ivyo ubasavye ntibabikore kubera kugira isoni.

7. Abazungukazi boba bitwara neza mu buriri kuko ico umugabo amusavye agikora bigatuma aryoherwa, mu gihe abirabure bapfana isoni.

6. Kubera imico y’abazungukazi benshi, ndetse kenshi bakaba baba bifitiye amahera yabo, ntibakunda gutuma umugabo basohokanye asorora amafaranga menshi kuko ivyo bakenera vyose bashobora kuvyigurira canke ugasanga baba barabibonye ahandi, ata gishasha bashuhiye.

5. Abazungukazi bakunda umuntu abaha utuntu dusanzwe ariko twerekana urukundo nk’ukumuraba icoroshe n’ibishushanyo aho gushaka ibintu bizimvye nk’ivyambarwa canke ibindi.

4. Ikindi abagabo b’abirabure bakundira abazungukazi, n’uko n’inyuma yo kugirana ibihe vyiza nta bindi bibazo bazana kubatura nk’ibijanye n’uko ashobora kubaho, canke izindi ngorane z’umukobwa.

3. Iyo yaje kuramutsa umugabo canke basohotse, abazungukazi ntibikumagura mu kwita ku bagabo babakorera utuntu tubashimisha nko kubatekera, kumukarabisha n’ibindi bifise intumbero yo kwishimira umugabo.

2. Iyo yakwemereye ko mukundana, umuzungukazi ntashobora gutera ikibazo ico arico cose cotuma umugabo ashavura canke ababara.

1. Ikiruta ibindi muri vyose mu kwitaho kw’abazungukazi ku bagabo birabura, n’uko abazungukazi ari abanyakuri (akwanse canke agukunze, aryohewe canke ababaye, anyuzwe canke atanyuzwe) aravyerekana.

Niyo mpamvu mu guheza ibi bintu 10, uwitwa Dj FunkMaster Flex kuri rubuga ngurukanabumenyi, yavuze ati : "Nimba ushaka kunezeranwa n’umukobwa ata migambi yo kwubakana irimwo, kandi ntaguteze ingorane, hitamwo umuzungukazi."


Chérif Nkeshimana

Messages

  • Nitwa Claude Mba Mu Kayogoro I Makamba Neza Cane Abazungu Nibo Birekura Kurusha Abirabure Mbere Hamwe Naje Nomuronka Twokwikundanira Kabisa.

  • none ntabarundikazi bakunda nlkabazungukazi*none umuzungukazi mushaka kubakana waobigenza gute

  • ingingo ya mbere ni ukuri 100% naho izindi zishobora guhinduka bivanye n’umukobwa kuko abazungukazi bose ntibaremwe kimwe

  • Kwirekura birenze bituma imico ya ba sokuru itituka. Hakaca hinjira ubushirasoni
    Ariko rero n’ingeso yo kwigirisha,nayo isanzwe ibonekana ku barundikazi si nziza.
    ikintu wakigaye canke wagishimye urugiserura ,ariko na cane cane bikaba mu rupfasoni ntangere.

  • nitw caius ndemeza imico ya afrika itandukany cane niyabazungu hamw mbere abigem babirabure bokwitwra nkabazungu ndibaza ko abagabo benshi batobinezerererwa merci

  • Neza na neza Abazungukazi hariho ico bakirushije Abiraburekazi , iyaba vyashoboka abirabure twese twokwikundaniye n’ abazungukazi , abiraburekazi bacu nabo tukabarungika mubazungu . Kuko abazungukazi barazi kwitaho abasheri babo .

  • nabumvirije mwese sanga murihenda ukobirikose umwewe afise imico yiwe ntukwiye kuyimuhora.nn kw,Imana itabagizabazungu yarihenze.ntimwasomye neza bavuga aruwo musokana ataruwo mwubakana.urumva nuwomusambana,Imana itubabarire

  • Ivyo nivyiza yoba abarundikazi nabo bovyemera ntangorane mu rukundo zohaba;ariko hari abarundikazi bagerageza

  • Ivyo nivyiza yoba abarundikazi nabo bovyemera ntangorane mu rukundo zohaba;ariko hari abarundikazi bagerageza

  • Jewe MBA mu bazungu. I yo uwo Mugabe yvuze nivyo. Ariko ico bubakanye abenshi Baraka into. Igniting irk kinini barahukana. I yo vyo gusohokana babigira uko nyene. Baganda bafatanye amaboko, bagenda barafyetana, bakora ibieye isoni mu Bantu. Abirabure Nabokov barashobora ku aka rukaguma . Mugabe nabonyene bats guys Kigoma ubushirasoni. Murkier cane

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.