Accueil > Amakuru > Poritike > Abagize ibiro vy’inama nkenguzamateka bamenyekanye
Abagize ibiro vy’inama nkenguzamateka bamenyekanye
vendredi 14 Myandagaro 2015
Ibiro bigize inama nkenguzamateka y’Uburundi,akaba ari nabo bazoyirongore mu myaka itanu, gushika mu mwaka w’2020 batowe n’abakenguzamateka bitavye ibikorwa vyayo kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 14 Myandagaro 2015.
Umukuru w’inama nkenguzamateka yatowe ni umukenguzamateka Reverien Ndikuriyo,umuhutu ava mu mugambwe CNDD FDD, akaba avuka mu ntara ya Makamba.
Mu vyegera vyiwe bibiri,icegera ca mbere ni umukenguzamateka Spes Caritas Njebarikanuye,umuhutukazi avuka mu ntara ya Gitega,mu gihe icegera ca kabiri ari umututsi Anicet Niyongabo avuka mu ntara ya Bururi.
Mwomenya ko ibikorwa vy’inama nkenguzamateka vyatanguye kw’igenekerezo rya 12 Myandagaro 2015,bikaba bizorangira kw’igenekerezo rya 18 Myandagaro 2015.
Van Naris Mugisha
Messages
14 Myandagaro 2015, 16:48, par Eric
turabakeje nibaje ku kivi batorere inyishu ibibazo vy’uburundi naho abashaka ingwano bateshwe bate,amase yakera ntahoma urutaro. turashaka amahoro!!
14 Myandagaro 2015, 17:51, par Kariyo
Iyo Batora Gihahe
14 Myandagaro 2015, 18:05, par NADEL JAMAIC
JEWE NITWA KEYISHA NADEL ALIAS JAMAIC NKABANDI DAR ES SALAMA TUBAKURIKIRANIRA HAFI TUBICHISHIJE KUBUHINGA BWA INTERNET! MUBISANZWE TURASHIMYE INTAMBWE MUGEZEKO NAWAPA ONGERA SANA ! ARIKO NIVYIZA KO MWOTUBWIRA NIVYO VYEGERA UKWARI BIBIRI IMIGAMBWE BITURUKAMWO: ALLAH AWABARIKI TUNASHKURU
14 Myandagaro 2015, 18:31
turabakeje mwebwe mwizigiwe nabo twebwe abanyagihugu twitoreye gobatuserukire muze muberigihugu itwari mwereke abarundi na makungu kuburundi butitaha bufise abagabo bijunja ni jambo mwereke umbwo busimbirahamwe ko uburundi butarimpfuvyi .mushizwe igihugu kirimungorane ariko muje nima ningingo mugutorera inyishu zihanze uburundi nabarundi.hongera sana imana ibakingire kandi ihezagire abarundi nu burundi.
14 Myandagaro 2015, 18:42, par bazira icobariye
Nakomere kumuheto Reverie muga atwibuke abanyamakamba ntagumire ibuja gusa$
14 Myandagaro 2015, 18:42, par bazira icobariye
Nakomere kumuheto Reverie muga atwibuke abanyamakamba ntagumire ibuja gusa$
14 Myandagaro 2015, 18:42, par bazira icobariye
Nakomere kumuheto Reverie muga atwibuke abanyamakamba ntagumire ibuja gusa$
14 Myandagaro 2015, 18:42, par bazira icobariye
Nakomere kumuheto Reverie muga atwibuke abanyamakamba ntagumire ibuja gusa$
14 Myandagaro 2015, 18:42, par bazira icobariye
Nakomere kumuheto Reverie muga atwibuke abanyamakamba ntagumire ibuja gusa$
14 Myandagaro 2015, 19:06, par muhuza
cndd-fdd rambaa!!!! reveriyano ndikuriyo ndagukunda urazi ukuntu twavuy mwishamba nahondumutegetsi uzudutwarire neza hama imbwa zabaguji zivyimbimitima natwe dutwara niharamb imana nabarundi.
14 Myandagaro 2015, 19:24, par Lieutenant General de Bujumbura
BASHA NABABARIRA IKI UMWANYA NI RWABO NIBABE BARATAKAZA UMWANYA WIWABO MUGA NTIBIBAGIRE YUKO BASIGARANYE UMWANYA NKUWURUME RUMARA BASIGARANYE INDWI ZITARENGA 2 NGO BAKUBITWE INSORO ZO MUMATWI NO MUMASO! PETER WEWE AZOFATISHWA AMABOKO ARI MUZIMA CANKE AZOGIGWE NKA ADOLPHE! UN HOE AVERTI EN VAUT DEUX VIVRE OU LA MORT BIENTOT LA VERITE VAINCRA .
14 Myandagaro 2015, 19:25, par GERARD
Egonibakore ariko bamenyeko arukwubahiriza amategeko
14 Myandagaro 2015, 20:20, par NAISS
BANYAKUBAHWA NUKURI TWEBWE MURADUHENDA MUTUBWIRIMIGAMBI NTAYOMUSHITSA MBEMWADUHINDUYIBIJUJU?
14 Myandagaro 2015, 21:02, par houssen
nimukigabangane mubashe kudutwara mutwicayeko mbe gwasawe kontamwumva? ntimuramuronkera ikibanza comubera?
14 Myandagaro 2015, 22:16, par ERIC PROC
umutama reveriye ndikuriyo turamukeje tukamusaba gutezimbere muntara avukamwo nacanecane nkikomine yakayogoro kukwariyizakwisonga mubagumya banga akahapwizamashirahamwe ibichomeri bigashikirwa .
15 Myandagaro 2015, 01:17, par KURI
nagirambwire icokijuju cavuze ngohasigaye imisimike ngobanyakubahwa bakicwa nagiradamubaze kangahebabigejeje vyanka? uruciramukasorukatwara nyoko harinaho aribobazokubitwa zomumatwi. nkumunyamakamba ndamukeje reveriano kwitekaatewe nimananabarundi.
15 Myandagaro 2015, 06:32, par Innocent Manirakiza
Abarongoy Ivyo Biro Nibirambire Nayo Abakeba Babandanye Bavuga Yamuhe
15 Myandagaro 2015, 08:06, par Bayubahe eric
Nanje sinoreka gukeza mutama reverian ariko nanje mere nkuwundi ntiyibagire kuteza imbere intara yabo atibagiye nahamwe hari wamuvyeyi wiwe igatwe natwe tumere nkabandi komera hakuna kurara.
15 Myandagaro 2015, 08:42, par DEMOBILISE
EGO NDAKE! NGO BABICE? EEEEEH! MURABAZA AYIMBWA YABONEYE KU MUGEZI
15 Myandagaro 2015, 11:12, par giswi
ndabakej. hanyuma mwibuk ko komine kayogoro itagir amazi meza uhere gatabo bavoma mubinogo biyimbiy, buhema, musasa, bigina inzoka zo munda za amibe n ibindi biva kumazi mabi biraduhanz. nkuko gaburiyeri ntisezerana yabigiz i bubanza namw muz murushiriz.
15 Myandagaro 2015, 12:14, par Mayange
Ohooa Komera Mutam Reverien Ayowaboney Imayange Ukaraswa Nabomufadikanijwe Gutwara Ntaco Intibagira Ntibana Nimubane Naboba DD Irambir Ark Ntuze Wirengagiz Igatwe Kugatumb Kumbure Natwe Isampeke Toshikigwa.
8 Ndamukiza 2016, 06:23, par Nyandwa Japhet
Turashima Kukw’ i Mana Yaduhaye Umutegetsi Mwiza Turamukeje Akonere Cane Gose Kugira Abandanye Atezimbere Intara Yamakamba Ndetse Nigihugu Cose Manayomwijuru Uzumutuzigamire Ntazagware Canke Ngo Arwaze Kugira Abandanye Igikorwa Wamushinze Amen,