Accueil > Amakuru > u Burundi > Abagore b’abashingamateka bahagurukiye kurwanya amabi akorerwa (...)
Abagore b’abashingamateka bahagurukiye kurwanya amabi akorerwa abakenyezi
mardi 19 Ruhuhuma 2013
Abakenyezi b’abashingamateka kuri uno wa mbere igenekerezo rya 18 Ruhuhuma w’2013 bariko barakurikirana inyigisho zifatiye k’ukungene borwanya amabi akorerwa abakenyezi.
Ivyo bakoze gushika ubu ntacibonekeza kirakorwa mu vyerekeye itotezwa rikorerwa abakenyezi, ahubwo ububi buguma bwiyongera nk’uko umushingamateka Gloriose BERAHINO yabimenyesheje.
Umukuru w’ishirahamwe ry’abakenyezi b’abashingamateka yashimikiye cane kukungene boja hamwe kugira barwanye amabi akorerwa abakenyezi.
Twobameneyesha ko iryo koraniro ryatunganijwe bafashijwe n’ ihuriro ry’abashingamateka bo kw’isi.
Grace Irimbere