Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Abakenguzamateka bazoserukira igisagara ca Bujumbura bamenyekanye - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Abakenguzamateka bazoserukira igisagara ca Bujumbura bamenyekanye

Abakenguzamateka bazoserukira igisagara ca Bujumbura bamenyekanye

vendredi 24 Mukakaro 2015

Abakenguzamateka babiri bazoserukira igisagara ca Bujumbura mu myaka itanu iri imbere bose bava mu mugambwe CNDD FDD.

Remy Barampama yatowe kandi kurongora ikomine ya Ntahangwa n’umukenyezi Aimelance Ahishakiye nibo batowe n’abagize inama mpanuzwajambo z’amakomine atatu y’igisagara ca Bujumbura.

Abo bakenguzamateka batowe ku majwi 32 y’abari bitavye bose ayo matora.Mu mugambwe FNL urongowe na Jacques Bigirimana ,bavuze ko bahisemwo gutanga amajwi yabo ku mukenguzamateka Remy Barampama.

Urunani COPA rurongowe na Jean de Dieu Mutabazi rwitavye amatora naho nyene ata mujenama wa komine bafise mu gisagara,ariko mu murwi utegura amatora bavuga ko amategeko abirekura.


Van Naris Mugisha

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.