Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Abakinyi 10 bavuka muri Afrika babiciye biracika i Buraya mu kiringo ca (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Abakinyi 10 bavuka muri Afrika babiciye biracika i Buraya mu kiringo ca (...)

Abakinyi 10 bavuka muri Afrika babiciye biracika i Buraya mu kiringo ca 2014-2015

vendredi 15 Rusama 2015

Ikinyamakuru Jeune Afrika cashize ahabona urutonde rw’abakinyi 10 bavuka ku mugabane wa Afrika babiciye biracika mu kiringo ca 2014-2015,ku mugabanwe wa Buraya.

1.Clinton Njié:Avuka mu gihugu ca Cameroun, akina mu murwi wa Olympique Lyonnais mu Bufaransa.

2.Mehdi Benatia:Avuka mu gihugu ca Maroc,akina mu murwi wa Bayern Munich mu Budagi.

3.Yacine Brahimi:Yavukiye mu Bufaransa ariko afise ubwenegihugu bwa Algerie,akinira FC Porto,muri Portugal.

4.Sofiane Feghouli:Afise ubwenegihugu bwa Algerie,akinira wa FC Valence muri Espagne.

5.Aymen Abdennour :Yavukiye mu gihugu ca Tunisie,akina mu murwi wa Monaco mu Bufaransa.

6.Andrey Ayew :Avuka mu gihugu ca Ghana,akina mu murwi wa Olympique Marseille mu Bufaransa.

7.Vincent Enyeama :Avuka mu gihugu ca Nigerie,akinira umurwi wa Lille OSC mu Bufaransa.

8.Yannick Bolasie :Yavukiye mu Bufaransa,akagira ubwenegihugu bwa Congo iharanira Demokrasi,akina mu murwi Crystal palace mu Bwongereza.

9.Neeskens Kebano :Yavukiye mu Bufaransa,afise ubwenegihugu bwa Kongo iharanira Demokrasi,akinira umurwi wa RSC Charleroi mu Bubirigi.

10.Didier Drogba :Avuka mu gihugu ca Cote d’Ivoire,akinira umurwi wa Chelsea mu Bwongereza.

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.