Accueil > Inkino > FOOTBALL > Abakinyi 18 b’Intamba mu rugamba bazokina n’umurwi w’igihugu ca (...)
Abakinyi 18 b’Intamba mu rugamba bazokina n’umurwi w’igihugu ca Kenya
lundi 14 Mukakaro 2014
Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi ryashize ahabona urutonde rw’abakinyi 18 batowe kugira bazokwitabe urukino rwa kivandimwe rwasabwe n’igihugu ca Kenya. Urwo rukino bitegekanijwe ko ruzoba kuri uwu wa gatatu mu gisagara ca Nairobi.
Abo bakinyi batowe buriye indege kuri uwu wa mbere berekeza mu gihugu ca Kenya, aho bitegekanijwe ko bazotana mu mitwe n’umurwi nserukiragihugu wa Kenya "Harambe stars", kuri uwu wa gatatu igenekerezo rya 16 Mukakaro 2014.
Abakinyi cumi n’umunani batowe b’umurwi nserukiragihugu "Intamba mu rugamba" akaba ari :
1. Arakaza Mac Arthur
2. Mbonihankuye Innocent
3. Rugonumugabo Stephane
4. Hakizimana Issa
5. Kiza Fataki
6. Nshimirimana David
7. Harerimana Rashid-Léon
8. Ndikumana Yussuf
9. Nzigamasabo Steve
10. Tambwe Amissi
11. Duhindavyi Gael
12. Nahimana Shasiri
13. Hakizimana Pascal
14. Shabani Hussein
15. Nsabumukama Enock
16. Ndarusanze Claude
17. Nininahazwe Fabrice
18. Abdoul Fiston
Egide NDUWIMANA
Messages
3 Gitugutu 2018, 13:51, par Nijimbere Fiston
Andika hano Ndakeje Umugwiwintama Mu Rugamba Kowarose Amahirwe Wabatarenza Imyaka20
13 Gitugutu 2018, 06:23, par Niyongabire Clovis
Intamba Mu Rugamba Zitere Imbere Nk’umuzinga Guko Zirakomey Cane