Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Abakinyi 5 ba mbere binjije amahera menshi mu mupira w’amaguru (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Abakinyi 5 ba mbere binjije amahera menshi mu mupira w’amaguru (...)

Abakinyi 5 ba mbere binjije amahera menshi mu mupira w’amaguru (2013)

lundi 7 Ndamukiza 2014

Abakinyi b’umupira w’amaguru bari mu banonotsi binjiza amafaranga menshi kw’isi. Aho dufatiye ku bandi banonotso bakina iyindi mikino. Mu kinyamakuru c’abafaransa France Football baratanga urutonde rw’abakinyi binjiza amahera menshi ku mwaka.

Ico kinyamakuru wo mu gihugu c’Ubufaransa gisohora uko umwaka utashe urutonde rw’abakinyi bakina umupita w’amaguru bari kw’isonga ryabinjiza amafaranga menshi cane. Ku rutonde rw’umwaka w’2014, ruvuga uvy’umwaka 2013, urutonde rwasohotse mu kwezi kwa Ntwarante 2014, 5 baza imbere y’abandi ni ababa bakurikira:

1. Lionnel Messi , umukinyi yamuka muri Argentine, aharurirwa ko uyu mwaka utashe yinjije imiriyoni 41€ (€: amahera y’amanyaburaya).

JPEG - 321.5 ko
Lionnel Messi

2. Cristiano Ronaldo wo muri Portugal, yinjije imiriyoni 39, 5 €.

JPEG - 42.6 ko
Cristiano Ronaldo

3. Neymar , wo muri Brésil, yinjije imiriyoni 29 €.

JPEG - 169.8 ko
Neymar

4. Wayne Rooney , umukinyi w’umwongereza, yinjije imiriyoni 24 €.

JPEG - 26.9 ko
Wayne Rooney

5. Zlatan Ibrahimovic , umukinyi wo muri Swede, yinjije imiriyoni 23,5 €.

JPEG - 40.2 ko
Zlatan Ibrahimovic

INGABIRE Luc-Noël

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.