Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Abakinyi b’INTAMBA MU RUGAMBA biteguriye bikwiye Ethiopie (Amafoto) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Abakinyi b’INTAMBA MU RUGAMBA biteguriye bikwiye Ethiopie (Amafoto)

Abakinyi b’INTAMBA MU RUGAMBA biteguriye bikwiye Ethiopie (Amafoto)

samedi 24 Gitugutu 2015, par egide

Abakinyi b’umurwi nserukiragihugu w’Uburundi INTAMBA MU RUGAMBA bashitse mu gihugu ca Ethiopie mw’ijoro ryo kuri uwu wa kane. Biteguriye urukino rwo gusubiriza ruzoba kuri uwu w’Imana. Abo bakinyi bashikiye muri Hôtel Afarensis International

Mu gihe mu rukino rwa mbere Uburundi bwatsinze Ethiopie ku ntsinzi y’ibitsindo bibiri ku busa, mu rukino rw’ejo nibatahukana intsinzi canke bakanganya ubusa ku bundi, Uburundi buzoba buronse uburenganzira bw’ukuja mw’ihiganwa rya CHAN 2016 rizobera mu gihugu c’Urwanda.

N’aho ikirere atari ciza kubera imbeho nyinshi iri muri ico gihugu, abakinyi b’INTAMBA barabandanya imyimenyerezo kandi bose bakaba bamerewe neza.

Amwe mu mafoto y’abakinyi bari mu myimenyerezo


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.