Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Abakinyi ba Afrika bagize ibintu bitangaje bahejeje kwinjiza: Raba (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Abakinyi ba Afrika bagize ibintu bitangaje bahejeje kwinjiza: Raba (...)

Abakinyi ba Afrika bagize ibintu bitangaje bahejeje kwinjiza: Raba Videos

vendredi 14 Munyonyo 2014

Abakinyi b’umupira w’amaguru bo muri Afrika baragiye ibintu bitangaje iyo bahejeje kwinjiza ibitsindo, intambo zabo ziratangaje cane.

Raba aha munsi abakinyi bagize ibintu bitangaje bahejeje kwinjiza. Izi "Video"zerekana inyifato bagira inyuma yo kwinjiza, zimara umwanya muto cane.

Raba aha munsi uko bavyifatamwo

- Sunday Oliseh avuka muri Nigeriya

1)

- Asamoah Gyan, Ghana

2)

- Siphiwe Tshabalala, Afrika y’Epfo

3)

- Roger Milla, Cameroun

4)

- Didier Drogba, Cote d’Ivoire

5)

- Nwanko KANU, Nigeriya

6)

- Samuel Eto’o, Cameroun

7)

- Rashidi Yekini, Nigeriya

8)

Mu kibanza cagenewe aho wandika iciyumviro cawe, ushobora kwandika uwarushije abandi


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.