Accueil > Amakuru > u Burundi > Abakozi ba Leta mu bumanuko bw’igihugu bagirishijwe inama
Abakozi ba Leta mu bumanuko bw’igihugu bagirishijwe inama
mardi 26 Ntwarante 2013
Intumwa zo mu bushikiranganji bw’abakozi ba Leta zagirishije inama abakozi ba Leta bo mu buseruko bw’igihugu kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 25 Ntwarante 2013 mu ntara ya Makamba.
Intumbero nyamukuru kwari uguhanahana ivyiyumviro ku ngingo ziheruka gufatwa zijanye n’itunganywa ry’imishahara, itangwa ry’impapuro z’inzira, impusha zo kugendesha umuduga, ku ntara ziserukira izindi : Mwaro, Bururi, Gitega na Ngozi
Egide Nduwimana