Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Abakunzi ba Bosco NIGANZE "Bobo" wo muri Peace And Love bari mu (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Abakunzi ba Bosco NIGANZE "Bobo" wo muri Peace And Love bari mu (...)

Abakunzi ba Bosco NIGANZE "Bobo" wo muri Peace And Love bari mu kigandaro

vendredi 8 Mukakaro 2016, par Egide NDUWIMANA

Bosco NIGANZE benshi batazira "Bobo", umwe mu baririmvyi bagendana ubumuga bwo kutabona bahurikiye mu mugwi wa Peace And Love yaraye yitavye Imana mw’ijoro ryo kuri uwu wa kane igenekerezo rya 7 Mukakaro 2016, akaba ahitanywe n’isanganya y’imodoka.

Imodoka yarimwo Bosco NIGANZE "Bobo" yagize isanganya igeze mu Kigobe hafi y’ubuserukizi bwa Reta zunze ubumwe za Amerika i Bujumbura.

Uwo muririmvyi yitavye Imana akiri mu nzira, mu gihe bariko bamutwara ku bitaro KIRA biri muri zone ya Kinindo, mu gisagara ca Bujumbura.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.