Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Abakuru b’ibihugu vy’ubumwe bwa Afrika bakoraniye i Addis Ababa - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Abakuru b’ibihugu vy’ubumwe bwa Afrika bakoraniye i Addis Ababa

Abakuru b’ibihugu vy’ubumwe bwa Afrika bakoraniye i Addis Ababa

samedi 30 Nzero 2016, par egide

Inama ihuza abakuru b’ibihugu n’ama Reta bigize umuryango w’ubumwe bwa Afrika itangura kuri uwu wa gatangatu igenekerezo rya 30 Nzero 2016 gushika kuw’Imana igenekerezo rya 31 Nzero 2016 i Addis Ababa muri Ethiopie.

Mu bitegekanijwe muri iyo nama igira iya 26, harimwo ugusuzumira hamwe ibibazo vy’umutekano muke uvugwa mu Burundi hamwe n’ibibazo vy’iterabwoba bivugwa ku mugabane wa Afrika.

Iyo nama ibaye inyuma y’aho Uburundi butorewe hamwe n’ibindi bihugu 15 kugira buje mu nama y’ishirahamwe bw’ubumwe bwa Afrika ijejwe amahoro n’umutekano muri Afrika.

Icegeranyo c’ibizova muri iyo nama y’abakuru b’ibihugu bigize umuryango w’ubumwe bwa Afrika kizoca kirungikirwa inama nkuru y’umutekano y’ishirahamwe mpuzamakungu ONU, kuvyerekeye ivyokorwa kugira ingorane za poritike ziri mu Burundi zitorerwe inyishu.


IGIHE

Messages

  • MAPROB abakuru b’ibihugu bavuze ko ntayo bashaka muburundi kuko uburundi butekanye. Mbabazwa n’impunzi zashutswe ntizive mumakambi ngo zisubire i Burundi. Zizamera nkabariya ba Nyamurenge bagiye kuborera munkambi kuko bamazemo 20 ans.

  • Ahubwo nibanyure abo basoda!Mbe reta kwibanka yiyagiriza iki? Barazi ko amabi bakoz ari menshi! Mais barihenda bizoj ahabona.

  • Mwari mwibagiye ko abatari bake bamaze gutegera ibikorwa bibi vy’umurwi w’abicanyi batipfuza intwaro y’umuhutu muri ako karere. Mwari mwibagiye ko abatari bake bamaze gutegera urucuruzwa rw’imivyimba na jenocide muri ako karere.Statégie y’abatutsi yo kumara abo musangiye ubwoko mugaca musimbira ku bimenyeuru ngo barabamaze kugira mushikire ubutegetsi mwongere muhakure amafaranga, yamenyekanye kera. mwaavumwe.Amaraso y’abanyu mwasheshe azobagaruka bitebe bitebuke.Abanyarwanda ni mugumye ishano ryanyu iwanyu ya jenovide.Muricuruze, ribingukire ariko murigumize iwanyu.Ba Maggy Barankitse urucuruzwa rwanyu rugiye guhomba, muragowe.

  • NTAMVURIDAHITA FARAOYAMEZUKUNYENE,NKURUNZIZASIWE, ABAMUFASHAGUTWARA NIYOKURINOWAYARAHISE

  • Ntanteko dushaka kuko izacu zilikwije kand tulahaze iyo nzigo yabantu batumaliye abantu 72 basubiye nukubivuna

  • Mukilundo muguhunga babaha 200mi aband kjkabaha ama f yama paspolo mbe atalabahima abatu batwaye bo sabantu. Emwe bahutu cubwenge kahise ntikagaluke.kanula.

  • Ngomvye gukebura hitimana ndamubwiranti:akataraza karasegenya bombs udahunze muruyumwaka uzohunga muwukurikira

  • twebwe nkabarundi ntidukeye inteko ziza kuko abanyagihugu ntanumwe azishaka abo bazishak nabo bashaka gukamisha batokwiherez ingorane bafitaniye.

  • Abarundi bitwa Sindumuja nabo ngo barashaka genocide!! Mugabo babonye ko mu Rwanda genocide ari imari idahomba nabo bati twe abatutsi b’iburundi uwayiduha. Ibyo KIRAMVU yarabyivugiye ngo bice Nkurunziza hanyuma ngo abazapfa bapfe . Mugabo ibyo yabivugiye i Bruxelles yahaze ibiyeri. None habonetse undi rutwitsi witwa Makungu mumagambo menshi arimo amarangamutima arahamagarira abatutsi gufata imbuta bakica abahutu ndetse ngo yababajwe nuko M23 yatsinzwe kandi ari abatutsi ( musome Veritas Rwanda)

  • wesha uyo uvuga ni hitiwana wahe woba umuzi kura imikino bemuvuga inkuru ukomuyizi apana kwandika izina uri cafuza mwitonde kuko twe tuzi vyinshi urabaza bazokubwira sawa

  • wesha uyo uvuga ni hitiwana wahe woba umuzi kura imikino bemuvuga inkuru ukomuyizi apana kwandika izina uri cafuza mwitonde kuko twe tuzi vyinshi urabaza bazokubwira sawa

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.