Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Amazina ya bamwe mu bakuru b’ibihugu vya Afrika bapfiriye ku (...)
Amazina ya bamwe mu bakuru b’ibihugu vya Afrika bapfiriye ku butegetsi
jeudi 30 Gitugutu 2014
Abakuru b’ibihugu vya Afrika batari bake baramaze gupfira ku ntebe y’ubutegetsi, inyuma y’urupfu rwa Michael Sata yahora arongoye igihugu ca Zambiya, hari abandi bagera kuri 10 bakiri mu mabanga mu bindi bihugu.
Michael Sata yapfuye kuri uwo wa gatatu igenekerezo rya 29 Gitugutu, si uwo gusa hari n’abandi nka Houphouët Boigny yaharaniye intahe yo kwikukira ya Cote d’Ivoire, Lansana Conté wo muri Guinee, Houari Boumédiène wa Algeriya, Omar Bongo Ondimba wa Gabon abo bose bapfiriye ku butegetsi bahitanywe n’indwara, ku rutonde ntihashizwemwo abishwe barashwe. Benshi muri abo baphuye bafise imyaka irenga irenga 60.
Nk’uko benshi bapfa, Michael Sata yahitanywe n’indwara y’umutima yaramaranye igihe kitari gito.
Cherif Nkeshimana
Messages
30 Gitugutu 2014, 19:08, par edou hajayandi
Mwibgiye Bingu wa Mutalika wo muri Malawi
20 Munyonyo 2014, 17:23, par dumbuli
Hum Kabila muri Kongo,Ndadaye i Burundi,Habyarimana i Rwanda,Samora Michel i Mozambique,.....ko aba mutabavuga bapfuye bakiyobora nabo yewe Yego Dumbuli wa Bikenyeli
20 Munyonyo 2014, 17:25, par dumbuli
Yego Dumbuli wa Bikenyeli none se kuraswa ntabwo ari ugupfa cga ni ukuzuka ni ukwiyahura