IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Abanditsi b’abarundi ku magume yashikiye Igihugu baragiye hamwe

Abanditsi b’abarundi ku magume yashikiye Igihugu baragiye hamwe

mercredi 1er Rusama 2013

Mu kiganiro ishirahamwe rijejwe gukinga impanuka CENAP ryatanze muri CELAB kuri uyu wa 29 Ndamukiza 2013, uwanononosoye ivy’akahise Jean Marie Ndikuriye yamenyesheje ko abanditsi b’abarundi banditse kubijanye n’akahise mu gihugu ko ubu baroye hamwe.

Uyo mwigisha muri kaminuza y’Uburundi , yamenyesheje ko ico gitabo kizofasha kumenya akahise kanonosoye ku gihugu, kuko abanditse benshi ku mabi yashikiye Igihugu,bose bandika ivyo bazi abandi nabo bakandika ibindi, ariko ubu hakaba hazosohoka igitabu kimwe kuvyashikiye Igihugu.

Jean Marie Ndikuriyo akaba yasavye abasomyi hamwe n’incabwenge zitandukanye mu Gihugu kuja hamwe bagasoma bimwe kugira bize bibafashe mw’itahura ry’amabi yagiye arashikira Uburundi.


Aristide Nizigire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.