Accueil > Amakuru > umutekano > Abantu babiri bataramenyekana batowe ibiziga ku Mpanda
Abantu babiri bataramenyekana batowe ibiziga ku Mpanda
dimanche 21 Myandagaro 2016, par
Ibiziga bibiri vy’abasore vyatowe mu gatondo ko kuri uwu w’Imana muri Komine Mpanda, intara ya Bubanza. Abanyagihugu nibo bazindutse babona ivyo biziga, baca babimenyesha abajejwe intwaro.
Abo bantu babiri bari bakiboshwe, bikaboneka ko batemaguwe n’umupanga, kuko bari bagise ibikomere ku mubiri wose, cane cane ariko mu mutwe. Umwe muri abo babiri akaba yari afise ibimenyetso vy’umuntu yanizwe. N’aho ata bibaranga vyatowe ahari ivyo biziga, vyaboneka ko bafise imyaka iri hagati ya 17 na 20.
Abanyagihugu begereye ahatowe ivyo biziga hamwe n’abajejwe intwaro ntibashoboye kumenya abo bantu, bikagorana kumenya namba abo bantu biciwe ngaho canke bazanye ibiziga vyabo kubihata.
Umukuru w’igiporisi muri Komine Mpanda akaba yasavye abajejwe intwaro gukwiragiza amatangazo, kugira barabe ko abo bantu bomenyekana, ariko mu kurindira ibiziga vyabo bikaba vyabaye birajanwa mu buruhukiro bw’ibitaro bikuru vyo muri Komine Mpanda.
IGIHE
Messages
21 Myandagaro 2016, 14:35, par EL....ZIGUYE.
ABOBANTU BALIKUGATWE KABASINDUHIJE NABABUYOYA. KUKONIBOBABITEYE. PELEKUBABUZE NABOIMANA IBAKILE MUBWAMIBWAYO.
21 Myandagaro 2016, 14:36, par EL....ZIGUYE.
ABOBANTU BALIKUGATWE KABASINDUHIJE NABABUYOYA. KUKONIBOBABITEYE. PELEKUBABUZE NABOIMANA IBAKILE MUBWAMIBWAYO.
21 Myandagaro 2016, 16:08, par .
Ubwo abobantu sabanyarwanda bababazanye ibirwanisho hanyuma bagatitara?
21 Myandagaro 2016, 18:31, par Hutsi
Aboba cengezi bavamu Rwanda bazagushirira Burundi, ahorero bamwe nabanyarwanda bababaje kuri mission ya Kagame abandi nabacangero atora mumakambi yimpinzi zabarundi ziri Rwanda barundi barundikazi dufise imiryangoyacu yahungiye murwanda kugira bazogaruke bakiribose ntimubigirire icizere kuko barimuri danger idasanzwe.
Rekaniherinama abarundibacu bahungiye Rwanda : igihe muzobona babahaye mission yokuza gukorera ibibi mugihugu canyu camavukiro muzokwemere ariko nimwashika Burundi muzocemugira karyakantu turiko turababwira dukoresheje amasimu maze muzoba mukize Kagame natwe muntumbero yogukingira imiryangoyanyu isigaye murwanda kugira ntibayice tuzoca dutangaza kotwabafashe mufunzwe ariko mwebwe tuzobatubizinanye.
21 Myandagaro 2016, 22:06, par Gakiza
Muragowe Basha Ntimwitway Ivyo Twebwe Dukorana N Imana
21 Myandagaro 2016, 23:57, par Munezero
Ntakundi Agapfuye Kabazwa Ivu Abobarimubandi, Baguma Bicwa Nimbonerakure Zankurunziza. Icokiringo Kizosigabake.
22 Myandagaro 2016, 05:09
Basha abantu bagira ivyo barambabaje kuko satani azobatwenga nimwaheza kumukorera, hama ingero ugererako mugenzawe nawe niyo uzogererwako niko ijambo ry Imana rivuga
22 Myandagaro 2016, 08:19, par gasongo
mbega ikibi cose imbones zikoze cagirizwa kagame!! ivyo bavyita ibimaramare
22 Myandagaro 2016, 13:51, par tari
Jewe numva Kagame yoreka kugumahendesha ahomafranga abobana burwanda nabarundi maze tukamushimira kukontako atariyagize ngwadukureko Nkurumbi?
Kuko ukobibonekana harabandibantu bafise ubukomezibwishi baciye bavyisukamwo ego natwe turafise abafise inkomezi badushigikiye ariko ntacotwoshikako kuko yocimera nkintambara y’Isi yose itanguriye Burundi.
22 Myandagaro 2016, 17:40, par Sindano clovis
Emwe Abantu Twarwira Imisoreye Tuzohabonera Mugabo Imana Yo Mwijuru Yo Mutananirwa Irakwiye Gutabara Ikatugirira Inbabaza Kand Ngo Ico Udashaka Ko Bakugirira Ntiwipfuze Kukigirira Mugenzawe Kandi Ntukigirire Mugenzawe Muraza Muraja Kumavi Musenge Imana Murakoze Yemwd
22 Myandagaro 2016, 19:23, par PEOPLE
JEWENIYUMVIRAKARITWAROMBIIRIMUGIHUGUCACU.KUGIRANGOBABONEKARIPITA.ABITERA OYANAMBA BITERWANUBUKENE.CANECANE NUKUTUMVIKANA.
22 Myandagaro 2016, 19:29, par Dumbuli
Reka njewe nobabaze ruriya rwaruka rugandagurwa ni abana ba Kagame Sinduhije cange Buyoya cange ni abarundi babavukanyi none ninde? ga bari ku gatwe ke,ni akamaramaza kuri nde? reka me hoho ubaterera ngo banze mu kibi n’ubagandagura iciza ciri he? Barundi ni muce akenge dufatane mu nda bizaca bihera.
22 Myandagaro 2016, 20:05, par eric
Nubugizibwanabi ubutungane nibukore
22 Myandagaro 2016, 20:16, par Songa mbele Rwanda
@Tari,ibyo bintu uba uvuga ucunge sans utazakubitwa n’inkuba ,u Rwanda urwitondere uruvane muri ayo mateshwa y’iwanyu i Burundi
22 Myandagaro 2016, 20:39, par RUKUNDO Jean-Claude
Yoooo! Imani imakire
RIP to them
23 Myandagaro 2016, 14:16, par Célibatère
Birabaje Kweri None Bazirik? Imana Ibakire Mubwami bwayo!
23 Myandagaro 2016, 22:52, par tari
@ Songs mbele Rwanda, inkubayoyo yarankubise bikwiye kuko barya bavukanyi banje babarundi mumaze guhitana barenga 400 umenyeko batari jewe Tari mbehoho wombarira ikibibaribaragukoreye? Sha mwabonye tubemereye ngodukorane none mubonye abacu mubarembeje muciye muduhindukirira!?
24 Myandagaro 2016, 21:05, par EDOUARDNZAMBIMANA
JEWENIYUNVIRAKOHOKOGWA-AMATOHOZA.YIHUTA.ABAKOZE—IRYOBARABAGAHANWA
26 Myandagaro 2016, 08:07, par Ndayisaba
Ahubwo,nimukore Ipereza Murabe,aboba Koze Icokibi.
30 Myandagaro 2016, 05:11, par mzoyihera intagoheka
Abobantu , barikugatwe kimbonerakure, kuko nibo bahawe ibi panga, abatawe ibipanga bahawe inkoho na magerenade yo kumarisha abanyagihugu. bitebe bitebuke ibisaka vyibwa bizosha, uko vyagenze kunterahamwe zomu rwanda niko bizogenda no kumbonerakure zirihano muburundi.