Accueil > Amakuru > Amashuri > Abanyeshure 10 bakomerekeye mw’isanganya ry’imodoka
Abanyeshure 10 bakomerekeye mw’isanganya ry’imodoka
vendredi 5 Myandagaro 2016, par
Abanyeshure cumi bakomerekeye mw’isanganya ry’imodoka ryabaye ku mugoroba ryo kuri uwu wa kane, kw’ibarabara RN7 rihuza Matana na Rutana, mu ntara ya Bururi. Muri abo banyeshure bakomeretse, batatu muribo barakomeretse cane.
Musitanteri wa Komine Rutovu amenyesha ko hari n’abandi banyeshure cumi bakomeretse bisanzwe, bakaba bariko bivuza bataha iwabo.
Abo banyeshure bari muri iyo modoka, bakaba bari bavuye gukora ikibazo ca Reta c’ukwitegurira gutangura amashure ya Kaminuza, ku banyeshure bahejeje amashure yisumbuye (Examen d’Etat).
Iyo modoka yariko igendera ku muvuduko munini, nk’uko bivugwa n’ababonye iryo sanganya.
IGIHE
Messages
5 Myandagaro 2016, 19:53, par irankunda
ndababaye mugir’inama abashofer bagabanye umuvuduko
5 Myandagaro 2016, 21:06, par Ninkiza Arcade
Jewe Ico Novuga Ubwambere Birababaje Cane Kuba Abobanyeshure Bagiz Isanganya Ikindi N,uko Abashoferi Batokwihutira Ubwije Ngobac Batwara Abantu Nabi Ntakwirukanza Imodoka Ngo Nuko Bwije Ahubwo Nukuyitwara Gahor Gahoro Hanyuma Banyeshure Mwagize Isanganya Burihangane Ntakundi Yezu Arababona Muzokira Kuko Niwe Muganga Mukururu Hama Bavyeyi Babana Namwe Mureme Niko Bigenda Bazokira Abanana Banyu Hama Muzohimbagwe No Kwakira Certificat Zanyu Imana Ibazigame Murakoze
6 Myandagaro 2016, 05:07, par rikadi
barahona batarasubiramw bumburarumonge amakosanayigiporis
6 Myandagaro 2016, 10:30, par King Bonheur
Nukuri Turasavye Abajejw Gukontorora Ivyerekeye Kwiyunguruza Babikorane Ubwenge.Kuko Ivyo Bintu Birababaje,
6 Myandagaro 2016, 16:14, par ERIC
YE MWE ABASHOFE BAKWI YE KWISUBIRAKO NA HUBUNDI BARAGOWE
6 Myandagaro 2016, 23:37, par Festus Rutana_Giharo muhafu
Naje ndumu choferi arko ndashomeye ntakazi ndaronka icoyimpa noyigurura umuntu apfa kumis yiw non ubona hari numw yapfuy?
6 Myandagaro 2016, 23:45, par Rukundo jean Claude
Yoho mbeginkuribabaje
Nibihangane imana niyonkuru
Ariko rero nabajejwe ivyamabarabara barakwiye gufatiringingo abashoferi ataruko bizokwama vyabaye
7 Myandagaro 2016, 09:32, par reverien
ese muriyo modoka yagize isanganya ntawahasize ubuzima?
7 Myandagaro 2016, 19:57, par EZECHIEL
NIBIHANGANE AMASANGANYA YAMA YABAYE ABADEREVA NABO NIBATWAZE NKUKO BIKWIRIYE BAMENYE KO IZOMODOKA BATWAZA ZITAGIRA MWIJURU ZIGIRA KWISI ISI NAYO ARI YAWAMWASI SATANI
7 Myandagaro 2016, 22:22, par Niyonkuru
Iryo Sanganya Ryoba Ryatewe Niki?
Ndahanuye Aba Chauffeur Nibiyaranje Basame Duke Bagabanye Umuvuduko, Kuko Uravye Ingene Bagendesha Imodoka, Biteye Ubwoba,
JEWE
Ndibazako Bazitwara Uko Bashaka Kuko Atarirwabo, Ariko Chauffeur Nukuri Niwagenda Buke Ntacuzoba Niwagendana Ivyumviro Kutwaye Abantu Nkawe Uzokumva Inyishu Muri Wewe, Niwiyumvira Chaufe Ko Utwaye Imodoka Ishobora Kuva Mwipine, Uzobona Agakiza
9 Myandagaro 2016, 10:56, par Nagahomerabunwa
Erega ndabamenyeshe ko isanganya ritiyadukiza ryaranditswe kumuntu nimbere yokuremwa.ariko menya neza ko aba chauffeurs bamwebamwe basiga umutima runtu ku musaga canke kurarya ma gare yose muzi.batwara abantu nkababajanye kwibagiro.nibikebuke tubahereze IMANA niyikebura itavuze ibahe umutima runtu.
9 Myandagaro 2016, 19:55, par habonimana chanel
yoh!!!hapfuye3
16 Myandagaro 2016, 22:36, par JO
Pole Sanal
17 Myandagaro 2016, 17:15, par RÉMY
None Ntamitende Bararonka?
17 Myandagaro 2016, 22:10, par Suarez
Eeee Abashofer Bagiy Kutumar
19 Myandagaro 2016, 19:52, par Ahishakiye Freddy
Poresana Musenge Imana Muzokira . Ntimwihebura .
24 Myandagaro 2016, 22:07, par DIEUDONNE
IMANA IBANE NAMWEMWESE MWAGIZE IMPANUJA. NKABAND TZ MWANZA
25 Myandagaro 2016, 21:03, par Nyabenda John
Yewye Rukundo Ntasoni Ntuzi Ko Satani Yiba Imana Umuntu Agapfa Usi Utaragera Abadereva Nimwisuzume
28 Myandagaro 2016, 22:12, par MIBURO Elysé
Kweri Abashoferi Nibaze Barakoresha Umuvuduko Ugereranije Kugira Amasanganya Abe Make.Gusa Abo Banyeshure Tubahaye Pore.
29 Munyonyo 2016, 11:41, par Emerusenge.Krovis
Bashoferi.Ndabateye.Akamo.Bivuye.Kuimodoka.Mutware.Imodoka.Buhoro.Namje.Mbandanya.Ndabasabira.Iman.Ibakire.Murakoze.