Accueil > Poritike > Abanyeshure batandatu mu bagirizwa gutuka umukuru w’igihugu barekuwe (...)
Abanyeshure batandatu mu bagirizwa gutuka umukuru w’igihugu barekuwe (Video)
jeudi 9 Ruheshi 2016, par
Umushikirizamanza kizigenza wa Repuburika yatanguje dosiye y’amatohoza ku banyeshure bo ku mashure yisumbuye atatu yo mu ntara ya Muramvya, bagirizwa icaha c’ugutuka umukuru w’igihugu. Batandatu muri cumi n’umwe bagirizwa ico caha bahawe umwidegemvyo w’agateganyo.
IGIHE
Messages
9 Ruheshi 2016, 09:25, par ndarthe1@gmail.com
Nakarenganyo katagira aho gahagaze mbega Peter azopfa. ?
9 Ruheshi 2016, 15:35, par Karenzo
De quelle justice nous parle-t-on? Un usurpateur de pouvoir ne peut pas se comparer a nos vaillants rois. Eux qui n’ont jamais commis de crime de sang......... mais protegeaient plutot le peuple.
9 Ruheshi 2016, 23:19, par Ninahazwe clearly
Abo banyeshuri nibafatwe kandi babahane ubona bazomaririki uburundi bwachu izomburakimazi atacho bubaha barenga ihaniro bakatabagura amafoto ya presinda bahane kabisa kandi bahane
13 Ruheshi 2016, 18:45, par Kwizera
Jenagomba Mubarire Abobanyeshure Ahobiga Nishure Bigamwo
20 Ruheshi 2016, 08:44, par Bigirimana desire
Babarira abana ntibari bazi uwobakinisha
23 Ruheshi 2016, 17:06, par Nduwayo Leonard
Kuba Arinabanyeshure Bakaba Batutse Nyenicubahiro Nanje Nibajije Ingene Twiga Ku Buntu Mwari Mukwiye Kubahana Ninjoni Ziriko Mbere Bari Bakwiye No Gucibwa Amazosi Nuko Igihano Co Gupfa Cakuwe.
30 Ruheshi 2016, 21:59, par over
akadenderezo karamye.