IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Amashuri > Abanyeshuri ba kaminuza y’Uburundi bahamagariwe gusubira kwiga

Abanyeshuri ba kaminuza y’Uburundi bahamagariwe gusubira kwiga

lundi 6 Mukakaro 2015

Ubuserukizi bw’abanyeshui ba kaminuza y’Uburundi,bsaba abanyeshuri bose ko bosubira gutangura ivyigwa kuri uno wa mbere igenekerezo rya 6 Mukakaro.

Mw’itangazo ryashikirijwe na Simon Marie Rurasuma arongoye abanyeshuri bo muri kaminuza y’Uburundi,yasavye abanyeshuri bose kwitaba akamo ko gusubira gutangura ivyigwa inyuma y’amezi abiri batariko bariga.

Simon Marie Rurasuma agasaba abo vyega bose gufasha kugira abanyeshuri bo muri kaminuza bapfunzwe mu mabohero atandukanye bapfungurwe,n’umutekano ukomezwe ku banyeshuri bose biga muri kaminuza y’Uburundi.

Muri iryo tangazo Simon Marie Rurasuma asaba ko ibikoresho vy’abanyeshuri bari bahungiye imere y’ubuserukizi bwa Reta Zunze Ubumwe za Amerika vyafashwe n’igipolisi vyoshikirizwa abo banyeshuri.

Messages

  • wasaze cank? warabony mu ntambara biga!!!

  • Bwana Rurasuma!Turakubaha Kand Turagukunda Urabizi.Ndatangazwa Nukunt Uhevye Ubushingantahe Ukabuguz Inda.Simon!Nigiki Catumye Usohora Itangazo Utagishije Inama Abandi.Mbega Uwatwirukanye Niwewe?Genda Mwige Mwebwe Mufise Umutekano.Wibuke Ibiheruka Kuba Cibitoke.Twese Tuzoba Mundaro?Reka Kwibagira Ibihanze Umu Etudiant Wibuke Nubuzima Abamwo Nukurukundo Nkurunziza Adukunda.Uheza Kugoka Ibigori Bikera.

  • GENDA MWIGE MWABANAMWE KUKO NIMWE MURIKO MURATA UMWANYA....TWEBWE AYACU TWARAYAMAZE.....!!!!!!

  • wasaze cank? we warabony abiga mu ntambara!!! bwira peter na Adolphe baj kugarukira kubo baheruk kwica kumutakura na cibitoke bongere basabe imbabazi imiryango basize.

  • we rurasuma. wasaze,canke ba
    gufashe ku nguvu ng ubivuge .reka sha gufyinisha aba poils

  • Ahubwo dyayo mahera baguhaye neza ureke gushora abana buburundi kwicumu mbekutavuga abo dolf yica ugasaba abo mwica na adolf

  • Ahubwo dyayo mahera baguhaye neza ureke gushora abana buburundi kwicumu mbekutavuga abo dolf yica ugasaba abo mwica na adolf

  • @jean claude havug...
    Ahubwo nibabafute ntibazongere kugaruka ,ako ni akanyaro ko bababembereza,futa, iyindi entrée académique irimirije comme ça nta desordre izoba muri campus.Bace baja mu rwanda canke kurima.

  • abanyeshure ba kamnuza b’ubu barateye ikigongwe. bashira ubwenge buke cane muvyo bakora, kuburyo womenga ntibabona aho bari n’iyo baja. batwarwa n’imiyaga yose ntibamenye ahari inyungu yabo n’ico bategerezwa gukingira. biribonekeza neza ko uburaro n’ugufungurirwa kwugarwa bitakiri ikibazo n’ukuntu tukihiga twabirwaniye kugira abana bose, na cane cane ab’abakene bashobore kwiga kaminuza, mugihe kuva kuri président Buyoya icihuta kwari gufuta agafashanyo no gushira muminwe y’abikorera utwabo igisata kijejwe gufungurira abanyeshure. iyo tutahabera abagabo n’abapfasoni bikomeye, benshi muri abo banyeshuri ntibaba barahonyoye muri kaminuza. none aho kubona kure ngo baharanire ineza yabo n’iy’abazoza inyuma yabo bishinga kwigira inkorofani z’abanyepolitike bifitiye diplome zabo, bakibagira ko batize ngo nabo bazironke atawuzobaraba n’iryahumye, kazoza kabo karahumirije.

  • murashaka mureke kugenda ababikeneye bazokwigira!mwibazak hahomba band?komera mutama simon,urijambo ryinshi!

  • ABO KURI ENS KO BAGIRA BAKWIZE UKWEZI BIGA?MURI ZA MEDECINE,SAYIKO BARIKO BAKORA SESSION KWATACO BARABA?TUZOKWITABA AKAMO TURAKWEMERA

  • ehe ndabira nk’ivyo vyiyumviro ngo ntawiga muntambara, abapoile bamye basukana, ariko kuneza yabo nta erreur. wibaza ko kuva 1993 urwimo rutanguye gushika 2009 intambara iheze (nako igabanutse) aho umupwale Rwasa agathon ashiriye ibirwanisho bikeyi hasi ko atabiga, ata diplome zatanzwe? ukaba utari umunyeshure reka guhuvya burundi bw’ejo, niba uri umunyeshure naho shaka wirekerere nta n’ico wovuyemwo n’ubwenge nk’ubwo. umupoile arakora politike mugabo ntahendwa, asara yasumye.

  • emwe ntakidashoboka! rurasuma nawe yafashe ingingo mukibanza c’umushikiranganji wewe azi ko umutekano wa kaminuza atakwo wifash? ariko uwuzogenda akumva atekanye, aragenda! canke birashobok ko yarisomy afatiweko ibisasu. erega ntacoroshe!

  • nimige canke mureke twe twarahejj ayacu mwa bijujumwe hari uwokwibaza ko mwiga kaminuza bikamutangaza

  • Undi mu General muntwaza miheto zuburund’ ahejeje kwemeza k’ ahasigaye batanguye gutegur’intambara mukugondoza nkurunziza. nkuko bivugwa kuri wwww.afrototality24.com. ngo muminsi yavuba hagomba hatangur’intambara kandi. S’amahoro twaronderewe na Mandela barahaze none bagire batangure kuyakina ruhago. Peter, niyombare hamwe nabandi bansi buburundi ibyanyu bizorangira nabi.

  • KWIGA VYARI VYIZA NIMBA KKO NYENE "UMUTEKANO" WACU WOKUBAHIRIZWA NAKARE NICO CATUZANYE.

  • Nagend ww afis umutekano buryamashur ntakwiruka contre le destin on ne change rien!poilissimes mukongatare rindira gushika twiboney ko hamez neza!burya uwubona ahendwa bike!!arabaza!!ntiturababono ck abana ivyo nivyiw!!

  • vyose bizogaragara ic mwomeny nuk nabary bariy atamahoro bafise m bishobok mwokwig mur ab externe.Imana izobafasha kndi umwumw wese afise integur yiw.

  • Wahor urumushingantah arik unomus karakunaniy w uraz ingen tubayeh nah tub hama ng tuj kwig ubu wabony kumutekan ariwos kwel sh aban bigihug bakagw mumang iman izobakubaz kabis sinoguhend.

  • Ewe. Simoni. Ivyovyiyumviro. Ubikuye. Hh. Baraguhenze. Wibagiye. Ivyaba police. Badukorey. Nareta. Mushaka. Kwereka. Amakunguko. Abanyeshur. Bariko. Biga. Ba kaminuzu. Hama. Baze. Baraza. Gufata. Umwumwe. Bamujana. Sha. Ww. Umutekano waw. Ndumva. Bamaz. Kuwukingir. Usigaye. Usumba. Numushikiranganj. Mugufat. Ingingo. Ntidushakako. Batuvugutira. Tuzoz. Amatora. Ahz. Yose. Nihotuzokwizera. Umutekan. Nayubu. Toka. Wijane.

  • ni kuki mufise ubwoba nimwemere ko hariyindi mvo mufise yokudashaka kwiga wury yibaza ko aciye ubwenge uzosanga yahindutse ikijuju.Uwubona umutekano atawuhari muma campus yosaba akiga ari umu externe mbona na ens bari kukivi

  • KIRUNDI-SWAHILI YOBA IRI MURI ENS CANKE MURI KAMINUZA Y’UBURUNDI

Un message, un commentaire ?

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.