Accueil > Amakuru > u Burundi > Abanyororo 6 bo mw’ibohero rikuru rya Rumonge baridogera iteba ry’urubanza (...)
Abanyororo 6 bo mw’ibohero rikuru rya Rumonge baridogera iteba ry’urubanza rwabo
mercredi 3 Ndamukiza 2013
Abanyororo batandatu bo mw’ibohero rikuru rya Rumonge baje bakuwe mu mabohero yo mu ruyigi,kayanza,gitega,hamwe na Bururi baridoga cane ko urubanza rwabo rwatebejwe cane.
Bavuze ko bamaze hagati y’imyaka 2 hamwe na 8 mu ma bohero atanuko imanza zabo zirashika muri sentare.Abo banyororo basaba ko basi n’imiburiburi bosubizwa mu mabohero yo mu ntara iwabo kugira basi izo manza zabo zirwe.
Floxella Karire