Accueil > Amakuru > Ubutungane > Abanyororo 75 bagirizwa kuja mu myiyerekano bambitswe izera
Abanyororo 75 bagirizwa kuja mu myiyerekano bambitswe izera
mardi 24 Munyonyo 2015, par
Sentare nkuru ikukira igisagara ca Bujumbura yashashe kuri uwu wa kabiri mu rubanza rw’abantu barenga amajana abiri bari bapfunzwe bagirizwa imigumuko, bakaba bafashwe bari mu myiyerekano y’ukwiyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero NKURUNZIZA. Muri abo banyororo, abagera kuri 75 bambitswe izera.
Abo banyororo barengutse imbere y’intahe kuri uwu wa kabiri ni abari bapfungiwe mw’ibohero rikuru rya Mpimba.
Mu gihe nka bose bari basabiwe gupfungwa ubuzima bwabo bwose, sentare nkuru ikukira igisagara ca Bujumbura yafashe ingingo y’ukwambika izera abagera kuri 75, abandi bakatirwa umunyororo wo kuva ku mezi atandatu gushika ku myaka itanu.
IGIHE
Messages
24 Munyonyo 2015, 18:23, par karundi
ivyo ni vyiza cane,abenshi bari bahenzwe batazi ivyo barimwo, RPA niyo yabahendaga ibizeza ko gukura leta yinyeshamba ari uguturira imipine gusa.ubu baramaze kubona igihushane.
24 Munyonyo 2015, 18:26, par Joseph Desire
Burya Bari Bakwiye Kubarekura Bose Kuko Bariko Bazira Ubusa Amategeko Ararekurira Abantu Kuja Mu Mwiyerekano Iyo Bafise Ico Basaba Canke Bashikiriza.Kubafunga Kwari Uguca Intege Abandi Ngo Ukuri Ntikuvugwe Kugume Kunyikizwa Ariko Ukuri Ntiguhambwa Niyo Uguhamvye Kurazuka.Turindire N Abandi Bazorekurwa
24 Munyonyo 2015, 20:17, par tuyishimire jackson
nonekuberiki?mirongidwibotaha abandintitahenuri ivyomukoratwebwe abarunditurabibonawibuhetsumwanawebwacakiba
24 Munyonyo 2015, 20:31, par ZEN
BAREKURE BAZOSUBRE NYAMBABADAHASHE
24 Munyonyo 2015, 20:50, par Bandanya
Haaaaaaaa Nyangoma yabateyubwoba ejo yari yategetse ko barekugwa mwagize ubwoba
24 Munyonyo 2015, 20:53, par Bebe
Ahubwo bagira batangure urugamba rushushe
24 Munyonyo 2015, 20:59, par ezechiel
NI VYIZA UBUTUNGANE BURIKO BURIYAMBIKA AGASHAMBARA!
24 Munyonyo 2015, 21:28, par REVE
ARI AWUMVA NIBUMVE KANDI INTAMENYA ISERA IHAHA
24 Munyonyo 2015, 21:32, par Sisi
Mbega bagorikunda yarize canke bakwegeyemwo bavuye mwipole kuko ibntu akora biteye ubwoba
26 Munyonyo 2015, 15:16, par NDIMURUKUNDO JONE
Erega Sentare Ntiyakwirikije Amategeko Kuko Abobarimumyirekano Ndibazako Amategeko Abirekura Kirece Uwufisinkoho Atabifitiyuruhusa Niwe Afatwa Akagirizwako Yarimumigumuko Rero Retayuburundi yarikwiyekubarekura bose kuk nibene BURUNDI
26 Munyonyo 2015, 20:54, par Burundi
Abo barekuwe burya ni Carton Jaune bahawe,hanyuma bazerekwa iyitukura,"Kabiri karazugwa".
2 Kigarama 2015, 18:51, par Claver Izerimana
Ntakundi Nibihangan Ibibizohera Imana Irababona
2 Kigarama 2015, 18:53, par Claver Izerimana
Ntakundi Nibihangan Ibibizohera Imana Irababona