Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Abaporisi 2 batemaguwe n’umupanga mu Bubirigi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Abaporisi 2 batemaguwe n’umupanga mu Bubirigi

Abaporisi 2 batemaguwe n’umupanga mu Bubirigi

dimanche 7 Myandagaro 2016, par Egide NDUWIMANA

Igipolisi c’Ububirigi kimenyesha ko umugabo yari afise umupanga kandi atera akamo avuga "Allahu Akbar" yishwe arashwe n’igiporisi kuri uwa wa gatandatu, inyuma y’aho akomerekereje abaporisi babiri b’abagore, mu gisagara ca Charleroi.

Umushikiranganji wa mbere w’Ububirigi, Charles Michel, yamenyesheje ko ariko akurikiranira hafi ivyo vyabaye kandi ko anegura ico gitero.

Ico gitero co muri ico gisagara ca Charleroi cabaye inyuma y’aho abandi bantu 32 bishwe mu kwezi kwa gatatu, ku kibuga c’indege c’i Buruseri.

Kuri ico gitero cabaye mu kwezi kwa gatatu, umuhari wa Reta ya Kiyisilamu wariyemereye ko ariwo wabikoze.


IGIHE

Messages

  • ehe rabada muburundi iyo hishwe inkozizikibi amakungu acatangu ra gu ko mind Uru ngo nihonyabwoko. kudyihonya bwoko barigize Bisenes amakungu narungik e yaba porici bajegucunge ra umu tekano.

  • Que les Fçais n disent q les policiers Bdi tuent psq eux tuent au fusil des suspects armés de couteaux.

  • Ibihugu vya Bulaya jewe ndabona vyugarijwe singorane zikomeye muzobamumbarira,
    Gusa icofasha nuko ONU yobafasha bakabirungikira abasirikare mpuzamakungu kukonabo nibiremwa vy’Imana ntimwoguma mwitaho gukingira ibihugu vy’Africa gusa ngomureke abenebihugu vyaburaya nabo kubakingira ntanyagupfa ntanyagukira.

  • nabado twababwiye kera mwa buzungumwe kutuva inyuma rindira muzobibona, kuko agataretse kaba gasema nimutureke kuguma mudutera induru ngo emama agateka kazina muntu ,ngemama ihonyabwoko ngemama ubwicanyi kuva muhagaritse imfashanyo zuruhendo mu BURUNDI ntamunsi urengana muri europe hatishwe ubuzungu nki 100 rero kirazira kwifatira mugahanga igihugu nku burundi busenga,nabado bazungu akarinyuma karahinda kagome sinzi ko azobaha ubuhuniro?

  • Hahahahh!!!urunva gasha ngo batey ibyatsi umwicanyi mbe umuntu afis umupanga solution nukumurasa ninkoho yica ntabindi barigukoresha byomutuma aregera batazimanganij ubuzima bwiwe?byagera iburundoi aho inkoz zikibii zatera amagrenade mumatomate mumarengarenga kuma sitation munsengero nimisigiti bafatwa bagahanwa ngo rekura izo nimpfungwa za politique?iyo ni dipolomas batera amakambi ngo hishwe abana kand barikurugamba mbega abokoresha abana kurugamba ntamategeko anahana ko ababatma barya uburayi america nurwanda?byarangira ngo genocide muburundi mbeko uwomuntu bamuhoy gukorsha umupanga bakamurasisha ba sinayipa ntagahohotero yakorew kand ar ikiremwa muntu?

  • Uwomuntu koyarifise igipanga ntibari.kumurasa ahampa HRW gira icuvuze.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.