Accueil > Diaspora > Abarundi 14 bafashwe n’igipolice co muri Dubai
Abarundi 14 bafashwe n’igipolice co muri Dubai
mardi 1er Gitugutu 2013
Abarundi bagera kuri 14 bagiye gusubizwa mu Burundi inyuma yo gufatwa n’igipolisi co muri Dubai, ubu bakaba bafunzwe.
Mu ndwi iheze, abapolisi bagize umukwabu bafata abantu badafite uburenganzira bwo kuba muri Dubai harimwo n’abarundi 14.
Abo barundi bamenyesha ko bari bagiye gukora canke kurondera akazi muri Dubai. Impapuro z’inzira (visa) zimaze kubahererako, ntibashoboye kubongera igihe kuko ata kazi bafise.
Muri Dubai hari abarundi baharurwa mu majana atanu (500)
IGIHE
Messages
25 Gitugutu 2013, 13:02, par kitabw
Abarundiko mukunda kugendagenda canke?
17 Ruhuhuma 2014, 14:29, par nsengiyumva leonidas
Iyi nkuru nimvuna mugongo leta yacu nayo irakwiye. Kugira ico iza irapfasha abantu bayo bari mu mahanga mukubavugira mugihe iziko atakazi kari mu gihugu c,uburundi kodukwira kandi yo iha umwidegevyo abantu bava mubindi bihugu ndetse bakabaronsa nivyangobwa kubuntu kandi abarundi bagapfatwa n,abi mubindi bihugu none yo ntiyagira ico ikoze.