Accueil > Diaspora > Hollande : Abarundi mu myiyerekano imbere ya sentare y’i La Haye
Hollande : Abarundi mu myiyerekano imbere ya sentare y’i La Haye
mardi 2 Ruheshi 2015
Abarundi baba mu gihugu ca Horande batumirira abarundi bose baba muri ico gihugu hamwe n’ibihugu bihegereye kwitaba imyiyerekano itegekanijwe kuwa gatanu igenekerezo rya 5 Ruheshi.
Nkuko biri mw’itangazo ryashizwe ahabona kuri uno wa kabiri igenekerezo rya 2 Ruheshi,iyo myiyerekano izobera imbere y’inyubakwa zikoreramwo sentare mpuzamakungu mpanavyaha y’i La Haye,yatunganijwe mu ntumbero yo kwiyamiriza amabi yo mu ntambara n’amabi asinzikaza agateka ka zinamuntu akorwa n’ubutegetsi bw’Uburundi.
Amakuru dukesha ikinyamakuru Bujumbura News amenyesha ko urugendo ruzotangurira ahitwa Spuiplein isaha zitanu n’igice mu masaha yo ngaho,bace bagana ingoro ya Sentare mpuzamakungu mpanavyaha yi La Haye.Iyo myiyerekano bitegekanijwe ko izorangira igihe c’isaha icenda z’umuhingamo.
Abandi batumiwe muri iyo myiyerekano,ni abagenzi bose b’abarundi,amashirahamwe mpuzamakungu ategamiye Reta kandi akorera mu bijanye no gukingira agateka ka zinamuntu.
Messages
2 Ruheshi 2015, 12:37, par cumacindubaruba
Ngo kandi i camion yuzuye amapine yoguturirira mwibarabara rija kwiyo sentare izoba ibarindiriye, basabwe nokwitwaza igikinju ca essence cogusuka kumapine kugira ashe neza, basabwe nokuza banyoye urumogi rukwiye namazirantoki ntibazoyibagire yogusuka mwibarabara kugirango inzego zumutekano zibure aho zica. kugira duhashe nubutagisubirayo imbonerakure zatwinjiyemwo ngaha ollands nazo nukuzituririra mumapine tubasanze aho baba kugiratwereko abari i bujumbura tubarusha amakari.
2 Ruheshi 2015, 13:43, par lucien
nivyiza ariko ntacobihindura kuvyerekeye trois mandats
2 Ruheshi 2015, 15:18, par R-fro
Cumacindubaruba Urikibono Novg Ko Urengey Ubujuj.Ugr Umugamb Ufis Niwo Bafis?Ktavuz Ibiziga Mumagnira,Falukone Ababikira,isoko,nibndMugb Ubny Kvuga Uko?Uvuge Ureke Tuzojayo Knd Mumutekan Ntanger.Twasavy Nibihug Bhana Imbibe Nicturimw Kovyodufash Kwerekn Akababr.Naw Nugm Ujujt.
2 Ruheshi 2015, 19:45, par emma
emma
mwabantu muba hollande mwehoho nugusara gusa kuko ntaco muzohindura nimusarire hiyonyene yamara nimwaturira imbonerakure nimwe muzoce mwimba mwigera ndasavye abarundi bumutima baba hollande gukwirikirana izonyanka burundi ivyozikora zizobibazwe z
2 Ruheshi 2015, 20:15, par minani
Komera nimuze duharanire ukwigenga kw, umunyagihugu abo batarameny ukuri mubareke ejo bazoturondera ntabwoba nukumwiyamirza nibazan uwundi harihoabandi bagabo
2 Ruheshi 2015, 21:58, par joêl
Nkuko basaba ko hotangwa umukandida akavyiyamiriza,none abajejwe ivy’amatora abeshi bakaba babivuyemwo.mbega bizoherera hehe????!!!mbega yotanga uwo mukandida ntivyoba vyiza kurusha aho hobanzwa guseswa amaraso?
3 Ruheshi 2015, 09:13, par erik
Iyi irakomeye kubera bangiye kumurenga nkuru ingene yica abanu mumisi irimbere bazomuzana irahe ngufungigwayo
4 Ruheshi 2015, 06:38, par Liévin
Baz bagende neza batazogira icobonona ngo bace babasubiza mwubu burundi bwintambara boba bagowe
4 Ruheshi 2015, 06:38, par Liévin
Baz bagende neza batazogira icobonona ngo bace babasubiza mwubu burundi bwintambara boba bagowe
4 Ruheshi 2015, 06:38, par Liévin
Baz bagende neza batazogira icobonona ngo bace babasubiza mwubu burundi bwintambara boba bagowe
27 Ruheshi 2015, 13:20, par nduwayezu leonald
ariko ntarundi basirikare babarund i bahitanwe nizo ntagondwa no muburundi ni vyo dutegereje kubona ndasabiye abahitanwe nizo ntagogondwa