Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Abashingamateka biriwe mu nyigisho - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Abashingamateka biriwe mu nyigisho

Abashingamateka biriwe mu nyigisho

mardi 11 Ruheshi 2013

Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 11 Ruheshi abashingamateka n’abakora mu nama nshingamateka bariko barakurikirana inyigisho zitandukanye zerekeye uko umushingamateka yokwigenza.

Muri izo nyigisho kandi, kabaye akaryo keza ko kuvugana ukwo imigambwe yohabwa imfashanyo ndetse n’ubudahangarwa buhabwa abashingamateka, eka kandi bikaba arivyo bibazo nyamukuru barabiye hamwe.

Kubw’umushingamateka Fansisiko Kabura icegera ca kabiri c’umukuru w’inama nshingamateka, yamenyesheje ko izo nyigisho abashingamateka barimwo hamwe n’abakora mu nama nshingamateka bizotuma abazironse bamenya ukwo batunganiriza abanyagihugu babatoye.


Aristide Nizigire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.