Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Abasirikare ba Ethiopia batewe n’abarwanyi ba Al Shabab - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Abasirikare ba Ethiopia batewe n’abarwanyi ba Al Shabab

Abasirikare ba Ethiopia batewe n’abarwanyi ba Al Shabab

jeudi 9 Ruheshi 2016, par Egide NDUWIMANA

Abagwanyi b’umugwi wa Al-Shabab bavuga ko bishe abasirikare ba Ethiopia 40 mu gitero bagize ku ngabo z’ubumwe bwa Afrika hagati mu gihugu ca Somalia.

Ababa i Halgan babwiye BBC ko bumvise ibintu biturika cane vyakurikiwe no kurasana gukomeye.

JPEG - 185.5 ko
Abarwanyi ba Al Shabab

Muri AMISOM bemeje ko ico gitero cabaye ariko bakavuga ko "umwansi yatujijwe bikwiye".

AMISOM ifasha Reta ya Somalia mu ntambara yo kwigarurira uturere turi mu minwe ya al-Shabab.

Mu butumwa bwinshi bwa Twitt, bavuze ko abasirikare babo bari kumwe n’aba Somalia, "basubije inyuma abateye, ubu bataye bakomoka, bakaba bakiriko barabakurikirana".


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.