Accueil > Amakuru > Poritike > Abavuye mu matora bamenyesha ko bazokwitaba amatora abaye mu (...)
Abavuye mu matora bamenyesha ko bazokwitaba amatora abaye mu muco
lundi 20 Mukakaro 2015
Domisiyano Ndayizeye,Slyvestre Ntibantunganya na Yohani Minana arongoye umugambwe Frodebu Nyakuri bamenyesha ko bazokwitaba amatora atunganijwe neza kandi abaye mu muco.
Mu kiganiro bahaye abamenyeshamakuru ku muhingamo wo kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 20 Mukakaro,amasaha make imbere y’uko haba amatora y’umukuru w’igihugu,Domisiyano Ndayizeye yavuze ko biyemeje kwitanga mu ntumbero yo gutunganya amatora abaye mu mwidegemvyo kandi yitabwe na bose,kandi ibizoyavamwo vyemerwa na bose.
Kubwa Yohani Minani,ntibashobora kwitaba igisa n’amatora ariko muvyo ukuri atari amatora,ariko biyemeje guhiganwa mu matora abaye mu muco,kandi yugururiwe bose.
Sylvestre Ntibantunganya yahoze arongoye igihugu,yavuze ko amajwi yose yose azoja ku mazina yabo azoba ari impfa gusa kandi atanico azomara muri kazoza.
Mu murwi CENI bobo,bamenyesha ko ata rwandiko bararonka rumenyesha ko batazokwitaba ayo matora y’umukuru w’igihugu.
Willy Nyamitwe abicishije ku rubuga ngurukanabumenyi rwa tweeter,yamenyesheje ko mu gihe umuntu abona ata vyicaro afise,arondera urwitwazo rwo kugira vyitwe ko bitamuvuyeko.
Van Naris Mugisha
Messages
20 Mukakaro 2015, 17:41, par Avec
Murakoze nimwihe umwanya ukwiye mwige ukuntu amatora azokorwa mumwaka wa 2020.
20 Mukakaro 2015, 17:49, par pierre
nyamitwe nabo barikumwe ngiranti barataye ubwenge! warabonye umuntu ahatira ikintu kuwutaligomba aho nibwabusuma burangwa naya ceni yabo bamaze gutegura ibitigiri
20 Mukakaro 2015, 17:53, par fabien
ja mumatora wana kuko igihugu nicatwese je mbona atakiva mubiganiro nimuj mumatora kuko ikibazo camandat kizohera 21 jul
20 Mukakaro 2015, 18:09, par BOWASI
NIBAVEMWANAKARENTAWUHIGANWANASE
20 Mukakaro 2015, 18:22, par Mahoromeza
Nyakwubahwa Rwasa urindiriye iki? ugomba nawe uherekeze nkurumbi munkinamico yiwe ,wihende tuzokuvinyuma
20 Mukakaro 2015, 18:38, par fidelite
@Avec
nanje nivyo nagire mvuge kubera aya 2015 bamaze kuya rata,ikintu kintwegeje nuko kuntu ntiba avuze ngo amajwi bazobaha azoba abaye impfagusa,nivyo kuko ntaco yomarira abantu,nta nuwo yahahamira ,mbega batogwa na bande?Aho bararota batorwa,abahutu twarishwe nk’imbeba kuri ntibantunganya sinziko yibazako twavyibagiye,twebwe dushaka abaciye mu kibila point trait,abandi barota bandanya murota.
20 Mukakaro 2015, 19:01, par izai
mugizenabi kuko mwiyonjoroye uwosiwo muti wibibazovyi gihugu icarikubaciza mwarikugu mamwo muka mutsinda .
20 Mukakaro 2015, 19:07, par mugisha
Mu gihe abahoze ari abakuru bikigihugu bazoba bakiri bazima uburundi nti buzigera buronka amahoro.baguma bikanga ubukuru bw’igihugu. Nikubagira nka Bizimungu Pasteur.
20 Mukakaro 2015, 19:18, par NIYONKURU
POLITIKE YUBURUNDI NI AKAMARAMAZA.KARASHIZE INGANI BOSE BAKORESHA UKUDADAZA.IMANA IDUFASHE
20 Mukakaro 2015, 19:27, par Hatungimana
Birababaje cyane kubona igihugu cyiburamo na ndabaga?murongowe n’abafite inyungu zabo gusa uretse ko bihenda.....bagombye kwigira ku kahise k’ibindi bihugu. bamwe batishwe kubera ibyo bakora bibi, bazawunera ibyo bibwiraga ko ari inyungu zabo bibe akaga kuribo.
20 Mukakaro 2015, 19:27, par jogingi marahwe
non ga domi, syli, mina mutegekanya iki ko nibiganiro vyahagaz, erega "akari mu ryinyo ry imbwa gakuzwayo n ubuhiri". iyi n impanuro yagusa.
20 Mukakaro 2015, 19:37, par Nkurunziza
Izina Niryo Muntu Eka Ninyamitwe Nye Ne Yaciy Ata Umutwe Arashobora Kuvuga Uk Ubu Ceni Ihaye Iraharura Amajwi Ya Nkurumbi Mugabo Bizobate Kurukana Kandi Nkurumb Amenye Kuburundi Atari Ikibuga Kuk Nikibuga Gikinirako Bose .
20 Mukakaro 2015, 19:43, par CLEVER BOY
Mwabagabo batau mwdbwe nta rukino rwa politike muzi namba. iyo forfe mutagiye no muri terrain. uburyo ntimugira aba fans ntimugira. none womva mwokina gute? tegura match ikurikira.
20 Mukakaro 2015, 19:50, par JAKUMURIMO
NIMWIHANGANE AMASURAYANYUNTABERANYE NUBUPEREZIDA NDAFURIJE KWAMBARA IKIZIRIKOMWIZOSI NIVYOMUSHOYE MWEBWEMURIBATATU3 ABANDIBAJAMUBENEGIHUGUBAGAKORA MWEBWE AKAZIKANYU NUKWAMBARA IKIZIRIKOMWIZOSINGOMUNIMWIHANGANE AMASURAYANYUNTABERANYE NUBUPEREZIDA NDAFURIJE KWAMBARA IKIZIRIKOMWIZOSI NIVYOMUSHOYE MWEBWEMURIBATATU3 ABANDIBAJAMUBENEGIHUGUBAGAKORA MWEBWE AKAZIKANYU NUKWAMBARA IKIZIRIKOMWIZOSINGOMURANYA
20 Mukakaro 2015, 19:50, par mariyana
NI BAVEMWO BAGENDE NAKARE BARABO KUDUTERA INTUGUTA. DUKENEYE KIZIGENZA PITA WENYENE. IKIZI NI KA RWASA BARIKO BARAHENDA
20 Mukakaro 2015, 19:51, par muzabien
Ndemera Ab Abashingantahe Base Kwitaba Aya Matora Yinkinamico Yuruhendo.Uwojayo Gutora Yoba Arikijuju Cane.Reka Bitore Bonyene Ndabe Icayo Matora Icabamarira.Ahubw Nkurumbi Azokwihe %..Yiryoher Nakagwi Kiw.Hariho Igihe Bazotangar ..Mumisi Irimber.Abo Twumva Kimw Nab Ancien Président Muvug Muti Komer .C N D D Tuyikur Bidatevy.
20 Mukakaro 2015, 20:15, par DIEUDONNE SOUPLE
JEWE KUBWANJE NZOPFA KUYITABA,ATAGUSHAKA KWINSHI KURIMWO!KIMWE GUSA NKURUNZIZA NI YATWARA UBURUNDI UBWA 3 AZOBA YIVYE INTWARO!(INTWARO Y.’UBUSUMA).KANDI NTAKIBUZA IMANA IZIHESHA ICUBAHIRO!
20 Mukakaro 2015, 20:27, par nishishikare jean-fils
Nabo bagabo nababono pe!nibansymirinda,Minani?domicien?bazogeza ryari guhahamira inyaga zabo?ntabwo arabanyapolitik,politik sumunwa?!baratuma bigira kumutama Rwasa,nakare niye yabize akuya,Frodebu yarapfuye,ntanisoni bafise abo bagabo,Bose bakaba aba candidat mumugambwe umwe?!ubwo bujuju babukurahe?bazopfa nkimbwa
20 Mukakaro 2015, 20:30, par NDAYISHIMIYE
abashaka bokwitaba ayomartora kuko nubundi ntabwo azosubizwa inyuma
20 Mukakaro 2015, 20:33, par HUSSEN.OBEDI
TWITABIRA.AMATORAYEMEWENABOSETUDADANURE.IVYABOBANYEPORITIKENATWETWIBEREHOMUMAHORO.IMANA.IBISHATSETUJEKUMAVI.IMANANIYOMUSHOBORAVYOSE.EJOSIKERA.EJONUBU
20 Mukakaro 2015, 20:34, par NIJIMBERE
TWEBWE REKA TWITORERE TURINDIRE AYO GWANYU YA 2O2O ARIKO MUZOBA MWATOBOTSE UBUHANZA
20 Mukakaro 2015, 20:43, par Pascal
Nagira ndabahanure ababagabo 3 nibabanze bubake umugambwe wabo,imbere yokwitoza.
20 Mukakaro 2015, 20:50, par Eddy
Babonakwatacobanze Imbere Yatwege Abanyagihugu Mugabarabesh Kirimwabagabo.
20 Mukakaro 2015, 21:03, par boni.gishenyi
ntibantunganya.akumbuye.ko.bamutera.amavyi
20 Mukakaro 2015, 21:16, par Burundi
Nibaje hiyo abo Bose bahoze ari abagendanyi ba Melchior Ndadaye kandi Bose bari aba Frodebu,bigira aba Democrates kandi bicaye ngaho badasangiye umugambwe,ata banywanyi bafise nibsreke.
20 Mukakaro 2015, 21:23, par Aka2aa
Abo Bagabo Nibiviremwo Nakare Ntaco Bizomara!Nyamitwe Wewe Aca Amahera!
20 Mukakaro 2015, 21:23
ABOBAGB NTABANYWANY BAFASHE FRODEB CHEBUJ YABASIGARA BARASAMBAGUR NGOBASHAKA IGIHU G AHOBATWAYE ABOBAGB NTABANYWANY BAFASHE FRODEB CHEBUJ YABASIGARA BARASAMBAGUR NGOBASHAKA IGIHU G AHOBATWAYE BARATWAYE
20 Mukakaro 2015, 21:37, par Ruhwa
Mwari.Mwaratevye.Kuvayo.Aba.D.D.Ubusuma.Babuteguye.Kera.Nico.Gituma.Baguma.Bitwaza.Ibitaza.Ntibiz.Ariko.Mwa.D.D.Ipfupfu.Ryimende.Ribonekera.Mubiti.Vyurugo..Batama.Hagarara.Magabo.Ntimube.Imende.Murwiri
20 Mukakaro 2015, 21:49, par muheto
Mbega batama ko mbona na forodebu yabananiye gutunganya ngo igire abanywanyi nkiyindi migambwe ivyigihugu nivyo muzoshobora mutama ntiba igihugu carakunaniye gutwara ukibasha ubu ushaje ho ntibazogutera amazirantoke gusa bazoyakurisha niwirire ayubukenguza mateka urekere ba Rwasa baharane ubahe nijwi we yanarwanye ngirango afise na cumi bazomurinda.
20 Mukakaro 2015, 21:53, par PAPA MASTA
NONE GA MANA UREMERA MUBURUNDI DUPFENKABANABINYONI MANA TABARABOWAREMYE UBONEKOTURIBIREMWAVYAWE NANUBU NDEMEZA KWARIWEWE MUHUZA MUKURU .USUMBABOSE REKATURINDIRE YISHURIRAKUGIHE
20 Mukakaro 2015, 21:58, par yohani
Chers Messieuds, franchement, vous "plantez" la honte à Ndadaye. Yabasigiye umugambwe umwe ariko mwawugize ubunywenywe. Mbega muribuka ko atanumwe muri mwebwe yari yaje aserukira Sahwanya Frodebu? Ndi nkamwe no hoze ntaco novuze.
20 Mukakaro 2015, 22:17, par RWASA
MBE UWO MUNTU MWACIYE UMUTWE NINDE? MWIHAYE IBARA KUMUTEMERE...!
21 Mukakaro 2015, 07:32, par Butama
Birababaje kubona atanumwe ariko avugira Sahwanya Frodebu muri abo bari banyakwubahwa. Mwarahemukiye Ndadaye na bamwe bagandaguranwa nawe bazira démocratie.
21 Mukakaro 2015, 08:45, par Bukuru
mbe Amizero Yo Izobyemera?Mbe Ayaheruts Bababwiy Ngo Mwarons Angah?Ko Rwasa Bamuyorey Akanka .
21 Mukakaro 2015, 08:49, par Bukuru
mbe Amizero Yo Izobyemera?Mbe Ayaheruts Bababwiy Ngo Mwarons Angah Mumugambwe Mwakuriyemw Cank Mwarawutay Burundu?Ko Rwasa Bamuyorey Akanka .
21 Mukakaro 2015, 10:00, par MANARIYO JEAN
Erega willy nta kindi wovuga atari ibisa nivyo. Igihe kizoshika ubure ivy’uvuga!
21 Mukakaro 2015, 15:15, par Nijimbere
MBEGA MWEBWE MWIZE KUMENYESHA AMAKURU HEHE ?NI KUKI UWANDITSE ATUKA LETA NA PRESIDENT MUVYEREKANA ARIKO UNEGUYE OPPOSITION MUKABINYEGEZA MWEREKANYE AHO MUHAGAZE VYOBA VYIZA MUHINDUYE .
21 Mukakaro 2015, 18:57, par Marcel
Nishishikare jean fils..Gutukana sivyo.Ba uvuga neza nkuku.Abo bashingantahe batatu bataye amajambo.Mbega baja kwitoza ngo baze babe ba Presidents babande?Minani yashongoreye abahutu kubtutsi en 1993 bararigita baraheza.Icambabaje nuko bishe abantu atana politique bazi ngo bayikine
Sylvestre Ntibantunganya powa...Wewe abarundi barakwanse ntibakwirukana urijana.Vous avez demissionne.None ayo 15 millions waturiye washaka gushika hehe?Nutkwandika wandika vyinshi..Iga kuba bref hama tuze duhore dusoma ivyandiko vyawe.HI Hi Hi Domitien tangura wikunde uje kwimwesha izo mvi hama ukore sport iyo nda igabanuke..Erega uzahavura urwara igitigu.fata umwanya wishone usubire kuba wewe nyene.Hama gutwara igihugu ibagira kuko wewe baraguhenze ubereye kusanura machines zapfuye naho nyene iyo nda yawe niya punguka..Ese ingene ufise des sportifs murugo rwawe..Ba ubigana ubakovye...Amatora sans vous yabaye kandi uburundi tuguiye kwogora ndetse tube akarorero mumakungu.HI Hi Hi Hi
22 Mukakaro 2015, 05:32, par NSENGIYUMVA
NIBACUKE.
22 Mukakaro 2015, 11:32, par bujumbura
mwagize neza
24 Mukakaro 2015, 20:39, par aloys
twebwe abanyagihugu turabonako amatora yabaye mumuco ahubwo nibemere ko batsinzwe
26 Mukakaro 2015, 16:15, par bimamatwi lazzare
Mbe Minani nturahaga guhamagarira abarundi kwicana nkacagihe ca1993,wibereye murwanda?Bamuhimba muhishe,uriko uradutamba kumivyimba twebwe impfuvyi wahekuye?Ahaaaa,ngo uraronse Somambike nka Busokoza,Cyrille Mdayirukiye,....na Domicien,mwakoze iki kugira mukingire isinzi ry’abatutsi n’abahutu mwahitanye kubera inyota y’ubutegetsi?Ubu naho muriko muturira n’amapine abandi mubuhurira kungabo mpuzamakungu zitosora!Ingo tuzobibabaza,komeze mudukore munkovu ngo turasinziriye